Burundi : Icegera c’umukuru w’igihugu Prosper Bazombaza ari mu bitaro
Kuva mu ndwi iheze icegera c’umukuru w’igihugu Prosper Bazombaza agwariye mubitaro Kira Hospital inyuma yo gufatwa na AVC. Nk’uko amakuru …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kuva mu ndwi iheze icegera c’umukuru w’igihugu Prosper Bazombaza agwariye mubitaro Kira Hospital inyuma yo gufatwa na AVC. Nk’uko amakuru …
Soma ibikurikiraMu kiganiro umubano c’uno munsi tubaganirira kuvyerekeye guterara mu rubanza uko bifatwa hamwe hamwe mu Burundi. Haraho udaterereye utavumba n’ahandi …
Soma ibikurikiraHaraciye umwaka n’ukwezi kumwe umukuru w’igihugu atanze ikigongwe ca mbere kubanyororo barenga 5200, mw’ijambo yashiririje umwaka wa 2021 uheze naho …
Soma ibikurikiraIgiteramo cahagaritswe ngo ntigikurikije imico n’imegenzo y’abarundi Mu gihe mu ntara ya Bujumbura , komine Mutimbuzi muri Green City Hotel …
Soma ibikurikiraUmukuru w’igisagara ca Bujumbura, Jimmy Hatungimana yafashe ingingo yo kubuza abatwara igitoro mumabido mw’itangazo yashizeko umukono kur’uyu wa kane igenekerezo …
Soma ibikurikiraDuheruka kubabwirako igiciro c’igitoro buca kiduza ibeye, mu nyuma umushikiranganji w’intwaro hagati mu gihugu ari mu natra ya Kayanza kur’uyu …
Soma ibikurikiraMugihe ihinguriro FOMI rimaze imyaka ryidogerwa n’abarimyi kubera ribaka amafaranga imbere rigaheza ntiribahe umwavu baba baguze, abakozi baryo nabo bakaryidogera …
Soma ibikurikiraN’ubwo ibiro vy’intara ya Rumonge vyubatswe ku ntererano y’abanyagihugu imyaka irenga itatu bikitwa n’uwahoze ari buramatari waho Juvénal Bigirimana ngo …
Soma ibikurikiraNubwo hari haciye igihe gito ibicoro vy’igitoro bidugijwe bikava kuri 2400 bikaja kuri 2700 FBu kw’iritiro , guhera ejo gishobora …
Soma ibikurikiraHaraheze igihe tuza turababwira amakuru y’ibibera munama nshingamateka harimwo n’abakozi bahanwa munyuma bakabwirwako atamategeko abagenga bafise. Mur’uku kwezi kwa kane …
Soma ibikurikira