Imipaka y’u Burundi n’u Rwanda yasubiriye gupfungwa
Inyuma y’ikiringo c’umwaka hafi n’igice uburundi busubiriye kwugurura imipaka buhana n’igihugu c’urwanda yariyugawe n’umuhisi Petero Nkurunziza guhera muri 2015, bwasubiriye …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Inyuma y’ikiringo c’umwaka hafi n’igice uburundi busubiriye kwugurura imipaka buhana n’igihugu c’urwanda yariyugawe n’umuhisi Petero Nkurunziza guhera muri 2015, bwasubiriye …
Soma ibikurikiraNk’uko vyagenze mukwezi kwa gatatu 2018, umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi CNDDFDD ugaha ipete ry’icubahiro umuhisi Petero Nkurunziza ry’imboneza …
Soma ibikurikiraNk’uko vyashikirijwe n’ibiro vy’umukuru w’igihugu uno munsi, Evariste Ndayishimiye hamwe n’umupfasoni wiwe Angeline Ndayishimiye bafise ugendo rw’imisi itanu mu gihugu …
Soma ibikurikiraMugihe ikiza ca COVID19 gisa n’icahagaze mu Burundi, mu bushikiranganji bw’amagara y’abantu no kurwanya SIDA haribonekeza mur’ino minsi ingendo yo …
Soma ibikurikiraKw’igenekerezo rya 28 nyakanga 2020, amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike yarasohoye icegeranyo c’imisi ijana umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye amaze kubutegetsi …
Soma ibikurikiraK’ur’uyu wa gatandatu igenekerezo rya 19 nyakanga 2020 harategekanijwe urugendo rw’umukuru w’igihugu Évariste Ndayishimiye azogira i Kigoma mugihugu ca Tanzaniya …
Soma ibikurikiraMugihe kubona umukuru w’igihugu amaso mu yandi, abanyagihugu benshi babifata nko guterwa iteka ridasanzwe, kw’igenekerezo rya 27 myandagaro 2020, ingurube …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 3 myandagaro 2020, hiriwe amajambo atari make ku mbuga ngurukana bumenyi kw’ikete impunzi z’abarundi bahungiye mu gihugu kibanyi …
Soma ibikurikiraHagati mu kwezi kw’indwi guheze harabaye rusansuma rw’abashomeri n’abatagira akazi mu Burundi bwose bisabwe n’inzego zo hejuru aho imbonerakure zaciye …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 31 mukakaro 2020, umukuru w’igihugu Évariste Ndayishimiye yagenye mumabanga abasitanteri bashasha bagiye kurongora amakomiye mu gihugu cose. Mur’abo …
Soma ibikurikira