Burundi: Ishirahamwe ISABU ryagirizwa gutanga akazi rifatiye kubwoko n’umugambwe
Abakoze ikibazo co kwinjira mukigo kijejwe kurwiza imbuto zirobanuye ISABU mukwezi kw’icumi hamwe no mukw’icumi na rimwe kwuyu mwaka wa …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Abakoze ikibazo co kwinjira mukigo kijejwe kurwiza imbuto zirobanuye ISABU mukwezi kw’icumi hamwe no mukw’icumi na rimwe kwuyu mwaka wa …
Soma ibikurikira
Régina(Izina ritirano ni umupfakazi w’imyaka 23, yapfakaye avyaye rimwe none yari yaronse umusore agombako barushinga asubire kwita inarugo ariko umuryango …
Soma ibikurikira
Nk’uko vyama bigenda mu gusozera umwaka, umuryango w’umukuru w’igihugu wama utegura igikorane co gushimira Imana. Uyu mwaka hoba hategekanijwe igikorane …
Soma ibikurikira
Haravugwa igwirirana ry’abandura ikiza ca COVID19 ku rugero ruteye ubwoba mu gisagara ca Bujumbura. Ingingo zokukigwanya zitari nke zimaze imisi …
Soma ibikurikira
Umushirikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere rusangi yari umutumire mu nama nshingamateka y’uburundi kuri uyu wa 13 kigarama …
Soma ibikurikira
Mur’ino misi abategetsi batandukanye bariko baravugako habaye igwirirana vy’ibiharuro vy’abandura COVID19. Umugenduzi mukuru w’igipolisi yatanze itegeko kubo atwara ryo gufata …
Soma ibikurikira
Hadutse umuriro mw’ibohero rikuru rya Gitega mu gicugu co kur’uyu wa kabiri igenekerezo rya 07 kigarama 2021 nko guhera mumasaha …
Soma ibikurikira
Haraciye indwi zitatu muramu w’umushingamateka Agathon Rwasa, ahagaritswe n’igipolisi akaja gupfungirwa mw’iperereza. Umushingamateka Rwasa Agathon asanzwe yari yaritoje mukibanza c’umukuru …
Soma ibikurikira
Mw’ibohero rikuru ry’i Muyinga basanze ibicupacupa mw’ifu igaburirwa abanyororo kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 05 kigarama 2021. Nk’uko amakuru ashikira ikinyamakuru …
Soma ibikurikira
Mugihe hamaze imisi hashirwa mungiro umugambi wa reta wo kubomora inyubakwa zubatswe mu bibanza bitemewe kwubakwamwo igihugu cose, mu gisagara …
Soma ibikurikira