Skip to content
Top Menu
09/06/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Burundi, Amakuru
Politike

Burundi: Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yajanywe n’iki muri Kenya?

31/05/202131/05/2021 - by Jérôme

Aherekejwe n’abagwizatunga harimwo urwaruka hamwe n’abatimbo, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yafashe urugendo rw’imisi ibiri mu gihigu ca Kenya kur’uyu wa …

Soma ibikurikira
Ubutunzi

Burundi : Ingingo iri munteguro y’itegeko ivuguruza umukuru w’igihugu yihutiwe kuja mungiro ritarasinywa

16/05/202116/05/2021 - by Jérôme

Kw’igenekerezo rya 14 Rusama 2021 inama nshingamateka yaratoye integuro y’itegeko ry’amafaranga reta izokoresha mumwaka w’ubutunzi wa 2021-2022 aho harimwo itagisi …

Soma ibikurikira
Umubano

Burundi: Ikiganiro umubano N°008: Umukenyezi yishwe n’agahinda baramuhamba

14/05/202114/05/2021 - by Jérôme

Umukenyezi umwe yari yubakanye rukirisu n’umugabo abantu babonako ari umukirisu akunda Imana ariko urupfu rwiwe rwasigaranye abandi ibibazo vyinshi cane, …

Soma ibikurikira
CROIX ROUGE BURUNDI
Amagara y'abantu

Ivyashikiye abakozi barenga 300 bo muri Croix Rouge Burundi

14/05/202114/05/2021 - by Jérôme

Ishirahamwe Croix Rouge Burundi rifise umugwi w’abakozi barenga 300 bakora mu mugambi wo gukinga no kugwanya ikiza ruhonyanganda SIDA bakorera …

Soma ibikurikira
Burundi
Amagara y'abantu

Burundi: Abasoda batanguye koronswa urucanco rwa COVID19

11/05/202111/05/2021 - by Jérôme

Mugihe uburundi butariko buraronswa urucanco rwa COVID19 mu mugambi COVAX nk’ibindi bihugu, abasoda b’abarundi bari kugarukana amahoro mu gihugu ca …

Soma ibikurikira
Burundi
Politike

Burundi : Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yagendeye igihugu ca kabiri co mu karere ka afrika y’ubuseruko

11/05/202111/05/2021 - by Jérôme

Kur’uyu wa kabiri igenekerezo rya 11 Rusama 2021, Evariste Ndayishimiye umukuru w’igihugu c’uburundi yafashe urugendo rw’imisi itatu rwamushikanye mu gihigu …

Soma ibikurikira
Burundi
Ubutunzi

Burundi : Vyokunda ko umufuko w’isima usubira kugurwa munsi ya F20000 ? ItaraCoaching N°002

07/05/202107/05/2021 - by Jérôme

Abantu benshi bibazako isima ari ikintu kigoye guhingura kuburyo mu Burundi atamahinguriro menshi ashobora kuyihingura kuburyo igiciro c’isima cogabanuka, kwubaka …

Soma ibikurikira
Burundi
Ibidukikije

Burundi : Uruja n’uruza hagati ya Bujumbura-Rumonge rwahagaze

06/05/202106/05/2021 - by Jérôme

Ikiraro kiri kw’ibarabara rya Bujumbura-Rumonge kiri mu Gitaza, intara ya Bujumbura cabomotse kur’uyu wa kane igenekerezo rya 06 Rusama 2021, …

Soma ibikurikira
Burundi, amakuru
Ubutungane

Burundi: Vy’ukuri umunyororo yaraye yiciye ururimi?

05/05/202105/05/2021 - by Jérôme

Kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 05 Rusama 2021 twaronse amakuru avugako hari umunyororo wo mw’ibohero rikuru rya Gitega « yaraye yiciye …

Soma ibikurikira
Burundi
Intwaro ibereye

Ibirori vyo kwinjira agasho k’abashikiranganji kari mw’iperereza ry’uburundi.

03/05/202105/05/2021 - by Jérôme
Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 19 20 21 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 015)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 104)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 454)
Copyright © 2025 Itara Burundi.