Skip to content
Top Menu
04/06/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Ubutungane

Uwahoze ari umushikiranganji wambere Alain Guillaume Bunyoni amaze imisi ariko arabazwa mw’iperereza

18/10/202218/10/2022 - by Jérôme

Nk’uko amakuru ashikira ikinyamakuru Itara Burundi abivuga, uwahoze ari umushikiranganji wambere Alain Guillaume Bunyoni amaze imisi ariko arabazwa mw’iperereza kubujanye …

Soma ibikurikira
Intwaro ibereye

I Bujumbura, abatwara amakinga, amamoto n’ama tuk tuk baguye mumutego

17/10/202217/10/2022 - by Jérôme

Muri kino gitondo igenekerezo rya 17 gitugutu 2022, abatwara amakinga, ama moto n’ama tuktuk bavyutse bumva igihuha kivugako reta mvyeyi …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi: BRARUDI ihejeje kuduza ibiciro vy’ibinyobwa, vyirabira

16/10/2022 - by Jérôme

Kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 16 gitugutu 2022 ishirahamwe BRARUDI rihingura ibinyobwa vy’ubwoko butandukanye rihejeje kuduza ibiciro, bikazotangura gushira mu ngiro …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: Ntawuzi ejo muri CNDDFDD

12/10/202212/10/2022 - by Jérôme

Twarababwiye amakuru yavugako uwuzosubirira umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye amaze igihe yiyamamaza ariko muri CNDDFDD bavuga ngo: « Ntawipanga baragupanga » Kuva aho …

Soma ibikurikira
Umubano

Burundi: Umushingamateka Anglebert Ngendabanka yaraye apfiriye i Ngozi

04/10/2022 - by Jérôme

Nk’uko amakuru ashikira ikinyamakuru Itara Burundi abivuga, uwahoze ari umushingamateka Anglebert Ngendabanka yari yatowe mu ntara ya Cankuzo ibiringo bibiri(2005-2015) …

Soma ibikurikira
Intwaro ibereye

Kuber’iki abanyeshure 170 bazoja kwiga muri Maroc bacishijwe mungoro y’umugambwe CNDDFDD?

21/09/202221/09/2022 - by Jérôme

Abanyeshure bazoja kwiga mugihugu ca Maroc harimwo ivyo gutwara indege bashika 170 baratekerewe impanuro bari mungoro y’umugambwe CNDDFDD. Hari abatanguye …

Soma ibikurikira
Amakuru

Burundi: Nta karata y’umwuga wo kumenyesha amakuru igifise agaciro

16/09/202216/09/2022 - by Jérôme

Nk’uko vyamenyeshejwe n’umukuru w’urwego rujejwe kugenzura amakuru n’ibimenyeshamakuru CNC mukiganiro yahaye abamenyeshamakuru kur’uyu wa kane igenekerezo rya 15 nyakanya 2022, …

Soma ibikurikira
Intwaro ibereye

Burundi : Agashavu k’ibirarene mubasoda b’igihugu

05/09/202205/09/2022 - by Jérôme

Mumpera z’ukwezi kw’indwi 2022, twarabajije abasomyi bacu amazina y’abategetsi batatu canke bane barambiye kubutegetsi kandi bidogerwa n’abanyagihugu. Baratubwiye amazina menshi …

Soma ibikurikira
Umubano

Burundi : Umushingamateka yagirizwa kwica umuntu

21/08/202221/08/2022 - by Jérôme

Umushingamateka Alodie Niyonkuru umushingamateka yatowe mu ntara ya Cankuzo nk’umuhutukazi nk’uko Inamanshingamateka yabishize ahabona, bivugwako yakuweko ubudahangarwa kugira azobazwe kw’idosiye …

Soma ibikurikira
Amakuru

Ikibazo c’umuyagankuba coba kigiye gutorerwa umuti mu Burundi?

18/08/2022 - by Jérôme

Kuri uno wa kane igenekerezo rya 18 Myandagaro 2022 wari umunsi ugira kabiri wo kwerekana ibikorerwa mu Burundi (Salon de …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 5 6 7 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 007)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 097)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 449)
Copyright © 2025 Itara Burundi.