Skip to content
Top Menu
28/05/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Agateka ka zina muntu

Agateka ka zina muntu

Yatondeye igitoro none yabuzwe irengero

20/06/2024 - by Jérôme

Umushoferi wo kuri misiyoni y’ishengero rya pentecôte ya Ntahangwa,  mu gisagara ca Bujumbura yitwa Daniel Barutwanayo yatondeye igitoro kumunsi wa …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Abanyagihugu baribaza nimba Musaga idatwagwa mugihugu c’Uburundi

18/06/2024 - by Jérôme

Musaga ni imwe mumazone agize komine ya Muha mu gisagara ca Bujumbura, umurwa mu kuru w’ubutunzi w’igihugu c’uburundi. Abanyagihugu bo …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Burundi : « Igihugu cafashwe mpiri n’umugambwe CNDDFDD »

26/04/202426/04/2024 - by Jérôme

Amashirahamwe 20 aharanira agateka ka zina muntu mu Burundi yasohoye urwandiko kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 26 Ndamukiza 2024, umusi …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Burundi: Abanyororo b’abagore barafashwe kunguvu

11/11/202311/11/2023 - by Jérôme

Kuwagatatu igenekerezo rya 8 Munyonyo 2023 ibara ryaraguye kubanyororo b’abagore aho bafashwe kunguvu n’abandi banyororo b’abagabo aho bari bavuye kuburana …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Amarira ya Alice Kanyana yibungenze inda y’amahasa

28/08/202328/08/2023 - by Jérôme

Alice Kanyana yahawe akazi n’umushikiranganji w’indero hanyuma uwujejwe indero hamwe na Buramatari mu ntara ya Muramvya mu kwezi kwa gatanu …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Burundi: Urubanza muri Sentare y’icese rwa Muganga Christophe Sahabo

15/06/2023 - by Jérôme

Kur’uyu wa kane igenekerezo rya 15 Ruheshi 2023, huguruwe muntahe y’icese, urubanza rwa muganga Christophe Sahabo imbere ya Sentare Nkuru …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Burundi : « Intandaro y’indyane za politike yavuye kukutubahiriza ikiringo c’umukuru w’igihugu »

26/04/202326/04/2023 - by Jérôme

Kur’uyu wa 26 Ndamukiza 2023, amashirahamwe 19 aharanira agateka ka zina muntu yasohoye urwandiko aho yashikirijeko indane uburundi burimwo zaturutse …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Burundi: Ntabakenyezi na 30% bari kuronka ibisabwa ngo bazojane n’umukuru w’igihugu muri Amerika?

06/12/202206/12/2022 - by Jérôme

Kuva kw’igenekerezo rya 11 gushika kurya 18 kigarama 2022, hari umugwi w’abagwizatunga uzoherekeza umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye mu rugendo azogira …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Burundi : Amashirahamwe OLUCOME na PARCEM yankiwe kuremesha ikiganiro n’abamenyeshamakuru

14/03/202214/03/2022 - by Jérôme

Inyuma y’indwi irenga Gabriel Rufyiri, umukuru w’ishirahamwe OLUCOME bivuzweko yahungutse, iryo shirahamwe ryankiwe kugirisha ikiganiro ryari ryateguriye hamwe n’ishirahamwe  PARCEM …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Burundi : Abantu barenga 200 bafashwe mu gisagara ca Bujumbura

10/03/2022 - by Jérôme

Kuva mu gitondo co kur’uyu wa kane igenekerezo rya 10 ntwarante 2022, abantu cane cane bagizwe n’imisore barenga 200 bafashwe …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

1 2 … 10 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (11 990)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 073)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 418)
Copyright © 2025 Itara Burundi.