Burundi : Abakozi bo kwishure ry’imyuga ETS Kiremba barongewe ibihumbi bitanu kukwezi
Mumpera z’umwaka wa 2021 twarabashikirije ikibazo c’abakozi bakora ubuzi butobuto kuri ETS Kiremba Sud riri muntara ya Bururi basaba kwongerwa …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Mumpera z’umwaka wa 2021 twarabashikirije ikibazo c’abakozi bakora ubuzi butobuto kuri ETS Kiremba Sud riri muntara ya Bururi basaba kwongerwa …
Soma ibikurikiraMugihe hatowe ingingo ibuza igihugu c’uburusiya kubandanya gitera igihugu ca Ukraine k’uyu wa 2 ntwarante 2022, igihugu c’u Burundi co …
Soma ibikurikiraInyuma y’imyidogo y’abarimyi bavugako batanze amafaranga ya avanse ariko bakabura umwavu w’ikizungu, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere …
Soma ibikurikiraKuri uyu wa 21 ruhuhuma 2022 abana biga mu mashure matomato yo mu gihugu c’ububiligi bari munsi y’imyaka 12 bakurwako …
Soma ibikurikiraMu kigano umubano N°0014 tubashikiriza ikiganiro kuwo twise Bénoît yari amaranye umwaka n’igice na Bénigne hanyuma ahitamwo ko bavana. Ubu …
Soma ibikurikiraInyuma y’ibiganiro bimaze imisi hagati ya reta n’amasendika aserukira abigisha, kur’uyu wa mbere igenekerezo 14 ruhuhuma 2022 muri hoteri source …
Soma ibikurikiraMw’ijambo umukuru w’igihugu c’u Burundi Evariste Ndayishimiye yashikirije abarundi mu mpera z’umwaka wa 2021 yavuzeko abanyororo 2700 aribo barekuwe muri …
Soma ibikurikiraHaraheze imisi abakozi b’inama nshingamateka y’u Burundi bidogera Daniel Gélase Ndabirabe ayirongoye ko hambavu yo kwinjirira abakozi arongoye ko harivyo …
Soma ibikurikiraKuri uno wa kane igenekerezo rya 27 nzero 2022, Léonidas Gahungu wo kumusozi Mugendo Ruko, zone Nyagasasa komine Mugamba intara …
Soma ibikurikiraHagorobeje havugwa amakuru ya terefone ya Col Nshimirimana Augustin yaturitse mugihe yaragira yitabe uwari amuterefonye ari muri station itanga igitoro …
Soma ibikurikira