
Burundi : #COVID19 : Igiciro c’isabune caraduze
N’ubwo amashirahamwe mvamakungu yari yatanze imfashanyo yo kurwanya ikiza COVID19, isabune ikagurwa amafaranga 300FBu, mur’ino misi ico giciro c’isabune cigwije …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
N’ubwo amashirahamwe mvamakungu yari yatanze imfashanyo yo kurwanya ikiza COVID19, isabune ikagurwa amafaranga 300FBu, mur’ino misi ico giciro c’isabune cigwije …
Soma ibikurikiraBiramenyereweko umwigeme/umusore abengutswe/abegutse agira abahanuzi benshi ariko akenshi ntihaburamwo abashaka kumwicira. Kuber’iki abigeme/abasore bashobora gusazira iwabo ntihagire uwubaha impanuro zibereye …
Soma ibikurikiraHaraheze imisi tubabwiyeko hari inzara mw’ibohero rimwe ryo mu Burundi. Amakuru dukura mumabohero atandukanye yo mu Burundi amensheshako inzara irembeje …
Soma ibikurikiraTuramaze imisi tubabwira amande mashasha rimwe na rimwe usanga atangana acibwa abanyagihugu. Umunyagihugu wo muri zone Vyuya, komine Mugamba yaciriwe …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 08 gitugutu 2021, mu ntara ya Karusi, umuvugizi w’ubushikiranganji bw’indero n’ubushakashatsi Liboire Bigirimana amenyeshako ubushikiranganji …
Soma ibikurikiraMugihe hari itegeko bwirizwa N°21 ryo kuwa 4 gitugutu 2018 risaba aborozi bose kugaburirira ibitungwa mu mpongore ryasinywe n’umuhisi Petero …
Soma ibikurikiraAbanyeshure baheza amakamiruza mur’ino myaka baridogako imapuro z’imitsindo ziteba kuboneraka zitarasinywako n’ubushikiranganji bw’indero imyaka umunani inarenga igashobora guhera uwahejeje kamiruza …
Soma ibikurikiraKuva aho ikinyamakuru Itara Burundi gishikirijeko hari imyidogo y’abadandaza bo mw’isoko yo mu Ruvumera muri zone Buyenzi komine Mukaza kubijanye …
Soma ibikurikiraMu misi iheze hari ibitero vyagiye biraba kwibarabara RN7 mur’iyo komine muri zone Vyuya kubirometero 74 uvuye Bujumbura aho hategerwa …
Soma ibikurikiraMu gihe kw’igenekerezo rya 24 nyakanga 2021, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye ari muri reta zunze ubumwe za amerika yahamagariye incabwenge …
Soma ibikurikira