Burundi : Hadutse umuriro mw’ibohero rikuru rya Gitega
Muri kino gitondo co kuwa gatandatu igenekerezo rya 21 myandagaro 2021, hazindutse haka umuriro mw’ibohero rikuru rya Gitega bivugwako wavuye …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Muri kino gitondo co kuwa gatandatu igenekerezo rya 21 myandagaro 2021, hazindutse haka umuriro mw’ibohero rikuru rya Gitega bivugwako wavuye …
Soma ibikurikiraInyuma y’indwi hasohotse itangazo risaba umunyagihugu yitwa Nitereka Charlotte kwihutira kuriha amakori aheranye arenga imiriyaridi mirongo itanu na zibiri z’amafaranga …
Soma ibikurikiraAbanyeshure bahejeje amakaminuza atandukanye hari abavugako bamaze imyaka umunani abandi iyiri munsi batararonswa impapuro z’umutsindo zisinyweko n’ubushikiranganji bw’indero n’ubushakashatsi, ivyo …
Soma ibikurikira#ItaraBurundi #Ubudandaji Mugihe amashure matomato n’ayisumbuye azotangura mu kwezi kuza, ihinguriro ry’amakaye PACOBU ryashinze ibiciro mu gihugu cose aho hari …
Soma ibikurikiraHari abanyeshure bababa igihumbi bize ivyo kuvura kuri kaminuza yitiriwe amahoro no gusubizahamwe iri mu Bwiza no mu Buyenzi mugisagara …
Soma ibikurikiraInyuma yaho reta imenyesherejeko atabitungwa bizosubira kurangirwa ku mitumba, aborozi bo muntara zimwe zimwe bamaze imisi bahungisha inka abandi bazishora …
Soma ibikurikiraKu musi wejo twarababwiyeko ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere rusangi bwanditse kuri twitter ko umuririmvi w’umunyarwanda Israël …
Soma ibikurikiraKuva kuwagatanu igenekerezo rya 13 myandagaro gushika kuwa mungu igenekerezo rya 15 myandagaro 2021 hari hitezwe ibiteramo vy’umusore w’umunyarwanda Israel …
Soma ibikurikiraNk’uko amakuru ikiyamakuru Itara Burundi gikura mubegereye abashingamateka batowe muri kiringo ca 2020-2025 abivuga, umushingamateka wese azosaba umupolisi amucungera mu …
Soma ibikurikiraMu nama yahuje abadandaza n’abajejwe intwaro bo mu ntara ya Ngozi kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 21/7/2021, abandandaza bamenyeshejwe ko …
Soma ibikurikira