
Burundi: Umwigisha yahanye abanyeshure birenze urugero
Kw’ishure rya ECOFO Ngobeke, riri muri zone Mubuga, komine n’intara ya Gitega umwigisha yarahanye abanyeshure mur’iyi ndwi turangije ngo ntibatoye …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kw’ishure rya ECOFO Ngobeke, riri muri zone Mubuga, komine n’intara ya Gitega umwigisha yarahanye abanyeshure mur’iyi ndwi turangije ngo ntibatoye …
Soma ibikurikiraUmukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yitavye Imana kw’igenekerezo rya 8 ruheshi 2020 mu bitaro vy’i Karusi gushika ubu ntiharamenyekana ibijanye n’urupfu …
Soma ibikurikiraJoël, izina ritirano, akora akazi kabayabaye agahembwa amafaranga ibihumbi amajana abiri ku kwezi(200000FBu). Umugore wiwe ntakazi arigera aronka, yaratanze dossier …
Soma ibikurikiraAherekejwe n’abagwizatunga harimwo urwaruka hamwe n’abatimbo, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yafashe urugendo rw’imisi ibiri mu gihigu ca Kenya kur’uyu wa …
Soma ibikurikiraKw’igenekerezo rya 14 Rusama 2021 inama nshingamateka yaratoye integuro y’itegeko ry’amafaranga reta izokoresha mumwaka w’ubutunzi wa 2021-2022 aho harimwo itagisi …
Soma ibikurikiraUmukenyezi umwe yari yubakanye rukirisu n’umugabo abantu babonako ari umukirisu akunda Imana ariko urupfu rwiwe rwasigaranye abandi ibibazo vyinshi cane, …
Soma ibikurikiraIshirahamwe Croix Rouge Burundi rifise umugwi w’abakozi barenga 300 bakora mu mugambi wo gukinga no kugwanya ikiza ruhonyanganda SIDA bakorera …
Soma ibikurikiraMugihe uburundi butariko buraronswa urucanco rwa COVID19 mu mugambi COVAX nk’ibindi bihugu, abasoda b’abarundi bari kugarukana amahoro mu gihugu ca …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa kabiri igenekerezo rya 11 Rusama 2021, Evariste Ndayishimiye umukuru w’igihugu c’uburundi yafashe urugendo rw’imisi itatu rwamushikanye mu gihigu …
Soma ibikurikiraAbantu benshi bibazako isima ari ikintu kigoye guhingura kuburyo mu Burundi atamahinguriro menshi ashobora kuyihingura kuburyo igiciro c’isima cogabanuka, kwubaka …
Soma ibikurikira