
Burundi: Ibirori vyo gushingura Petero Buyoya
Kur’uyu wa 29 kigarama 2020 niho hashingurwa ivy’imfatakibanza uwahoze atwara uburundi Petero Buyoya mugihugu ca Mali, reta y’uburundi ikaba itarungitseyo …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kur’uyu wa 29 kigarama 2020 niho hashingurwa ivy’imfatakibanza uwahoze atwara uburundi Petero Buyoya mugihugu ca Mali, reta y’uburundi ikaba itarungitseyo …
Soma ibikurikiraUyu mwaka wa 2020 ugiye kurangira reta irongowe na Evariste Ndayishimiye, umukuru w’igihugu akaba n’ umukuru w’umugambwe #CNDDFDD ihanzwe no …
Soma ibikurikiraMu makuru yerekeye uburundi ariko aravugwa muri kino gitondo co kuwa 18 kigarama 2020, ni urupfu rw’uwahoze arongoye uburundi, Majoro …
Soma ibikurikiraHari umugore wo muntara ya Ruyigi yibarutse abana bafatanye munda(bébés siamois mururimi rw’igifaransa) baciye bajanwa mubitaro vya Roi Khared i …
Soma ibikurikiraMw’ikete Dr Edouard Bizimana , umuserukizi w’uburundi mu gihugu c’uburusiya yanditse kw’igenekerezo rya 26 Munyonyo 2020, asaba uwutwara umurwi w’abaserukira ibihugu …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 18 munyonyo 2020 ibarabara riva i Bujumbura ku murwa mukuru w’ubutunzi rija i Gitega ku …
Soma ibikurikiraHarategekanijwe igurishwa icamunara ry’ibikoresho ahahoze hari ibiro vy’umukuru w’igihugu mw’i Rohero mu gisagara ca Bujumbura kuva kuwa gatatu igenekerezo rya …
Soma ibikurikiraHari rusansuma rumaze imisi rukorwa mubakozi ba reta bose aho babazwamwo ubwoko n’ibindi bibazo vyogizwe ibanga, rukaba rubandanya rutera ubwoba …
Soma ibikurikiraNk’uko vyashikirijwe n’ibiro vy’umukuru w’igihugu uno munsi, Evariste Ndayishimiye hamwe n’umupfasoni wiwe Angeline Ndayishimiye bafise ugendo rw’imisi itanu mu gihugu …
Soma ibikurikiraInyuma y’amezi atatu hatangujwe umugambi wo kugira rusansuma mubatagira akazi, bigakorwa incuro zibiri, guhera ejo kw’igenekerezo rya 26 gitugutu 2020 …
Soma ibikurikira