Umurwi wa ONU ujejwe gukora amatohoza ku Burundi wongewe ikiringo.
Munama igira iya 45 y’umurwi ujejwe agateka ka zina muntu w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU yabereye i Geneve mubu Suwisi kur’uyu wa …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Munama igira iya 45 y’umurwi ujejwe agateka ka zina muntu w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU yabereye i Geneve mubu Suwisi kur’uyu wa …
Soma ibikurikiraMugihe reta Mvyeyi Nkozi yaraye yugurure umwaka w’ubutungane 2020-2021 kw’igenekerezo rya 2 gitugutu 2020, mungoro y’amakoraniro mu Kigobe, abanyororo bobo …
Soma ibikurikiraKw’igenekerezo rya 28 nyakanga 2020, amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike yarasohoye icegeranyo c’imisi ijana umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye amaze kubutegetsi …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa kane igenekerezo rya 24 nyakanga 2020, abantu bazinditse basanga ikiziga c’umugabo w’imyaka yababa 50 yishwe kiryamye imbere ya …
Soma ibikurikiraUbushikiranganji bw’amagara y’abantu no kurwanya ikiza ruhonyanganda SIDA buherutse gusohora icegeranyo cerekanako COVID19 yagabanutse kurugero rurenga 90% mu gihugu cose …
Soma ibikurikiraK’ur’uyu wa gatandatu igenekerezo rya 19 nyakanga 2020 harategekanijwe urugendo rw’umukuru w’igihugu Évariste Ndayishimiye azogira i Kigoma mugihugu ca Tanzaniya …
Soma ibikurikiraNkuko amakuru ashikira ikinyamakuru Itara Burundi abivuga, muntara ya Gitega, umurwa mukuru wa politike, uno munsi ugika kabiri hariko haburanishirizwa …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 7 Nyakanga 2020, ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere rirama bwarasohoye itangazo rivuga kubikorwa ryo gusansuma …
Soma ibikurikiraMw’itangazo ryasohowe na Dr David Nahimana arongoye “Faculté des sciences”, igisata kimwe co muri kaminuza y’uburundi kuwa 3 nyakanga 2020 …
Soma ibikurikiraMwijoro ryakeye ryo kwa 2-3 nyakanga 2020 harateye imbwa zo mw’ishamba mu gacimbiri Rugarika mu Gahuni, komine Bugarama iri mu …
Soma ibikurikira