I Bujumbura, abatwara amakinga, amamoto n’ama tuk tuk baguye mumutego
Muri kino gitondo igenekerezo rya 17 gitugutu 2022, abatwara amakinga, ama moto n’ama tuktuk bavyutse bumva igihuha kivugako reta mvyeyi …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Muri kino gitondo igenekerezo rya 17 gitugutu 2022, abatwara amakinga, ama moto n’ama tuktuk bavyutse bumva igihuha kivugako reta mvyeyi …
Soma ibikurikiraKur’uyu w’Imana igenekerezo rya 16 gitugutu 2022 ishirahamwe BRARUDI rihingura ibinyobwa vy’ubwoko butandukanye rihejeje kuduza ibiciro, bikazotangura gushira mu ngiro …
Soma ibikurikiraTwarababwiye amakuru yavugako uwuzosubirira umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye amaze igihe yiyamamaza ariko muri CNDDFDD bavuga ngo: « Ntawipanga baragupanga » Kuva aho …
Soma ibikurikiraNk’uko amakuru ashikira ikinyamakuru Itara Burundi abivuga, uwahoze ari umushingamateka Anglebert Ngendabanka yari yatowe mu ntara ya Cankuzo ibiringo bibiri(2005-2015) …
Soma ibikurikiraAbanyeshure bazoja kwiga mugihugu ca Maroc harimwo ivyo gutwara indege bashika 170 baratekerewe impanuro bari mungoro y’umugambwe CNDDFDD. Hari abatanguye …
Soma ibikurikiraNk’uko vyamenyeshejwe n’umukuru w’urwego rujejwe kugenzura amakuru n’ibimenyeshamakuru CNC mukiganiro yahaye abamenyeshamakuru kur’uyu wa kane igenekerezo rya 15 nyakanya 2022, …
Soma ibikurikiraMumpera z’ukwezi kw’indwi 2022, twarabajije abasomyi bacu amazina y’abategetsi batatu canke bane barambiye kubutegetsi kandi bidogerwa n’abanyagihugu. Baratubwiye amazina menshi …
Soma ibikurikiraUmushingamateka Alodie Niyonkuru umushingamateka yatowe mu ntara ya Cankuzo nk’umuhutukazi nk’uko Inamanshingamateka yabishize ahabona, bivugwako yakuweko ubudahangarwa kugira azobazwe kw’idosiye …
Soma ibikurikiraKuri uno wa kane igenekerezo rya 18 Myandagaro 2022 wari umunsi ugira kabiri wo kwerekana ibikorerwa mu Burundi (Salon de …
Soma ibikurikiraHaraheze igihe umukuru w’umugambwe CNDDFDD Réverien Ndikuriyo azunguruka amakomine yose y’uburundi ashika n’aho umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye atarashika kuva arongora …
Soma ibikurikira