Burundi : Abarozi batungishije abapfumu
Haraheze imisi tubabwiyeko uburozi bwabaye ndanse mu Burundi. Hari abatanguye kwibazako reta ataco iriko irakora mukurwanya ubwicanyi bwabaye ndanse hakoreshejwe …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Haraheze imisi tubabwiyeko uburozi bwabaye ndanse mu Burundi. Hari abatanguye kwibazako reta ataco iriko irakora mukurwanya ubwicanyi bwabaye ndanse hakoreshejwe …
Soma ibikurikiraMumashure afise uburaro yo mu Burundi hari abakozi bo mugikoni, abazamu hamwe n’abakora isuku no kuri ETS Kiremba Sud ben’abo …
Soma ibikurikiraMur’ino misi haravugwa abantu benshi bagwaye ikiza COVID19, turetseko atahimirizwa ry’abashaka kwikingiza ico kiza rihari, abagwaye ico kiza agateka kabo …
Soma ibikurikiraAbakoze ikibazo co kwinjira mukigo kijejwe kurwiza imbuto zirobanuye ISABU mukwezi kw’icumi hamwe no mukw’icumi na rimwe kwuyu mwaka wa …
Soma ibikurikiraNk’uko vyama bigenda mu gusozera umwaka, umuryango w’umukuru w’igihugu wama utegura igikorane co gushimira Imana. Uyu mwaka hoba hategekanijwe igikorane …
Soma ibikurikiraUmushirikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere rusangi yari umutumire mu nama nshingamateka y’uburundi kuri uyu wa 13 kigarama …
Soma ibikurikiraHadutse umuriro mw’ibohero rikuru rya Gitega mu gicugu co kur’uyu wa kabiri igenekerezo rya 07 kigarama 2021 nko guhera mumasaha …
Soma ibikurikiraHaraciye indwi zitatu muramu w’umushingamateka Agathon Rwasa, ahagaritswe n’igipolisi akaja gupfungirwa mw’iperereza. Umushingamateka Rwasa Agathon asanzwe yari yaritoje mukibanza c’umukuru …
Soma ibikurikiraMw’ibohero rikuru ry’i Muyinga basanze ibicupacupa mw’ifu igaburirwa abanyororo kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 05 kigarama 2021. Nk’uko amakuru ashikira ikinyamakuru …
Soma ibikurikiraMugihe hamaze imisi hashirwa mungiro umugambi wa reta wo kubomora inyubakwa zubatswe mu bibanza bitemewe kwubakwamwo igihugu cose, mu gisagara …
Soma ibikurikira