Burundi : Umuriro wadutse i Bujumbura
Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 24 nzero 2022, mu gisagara ca Bujumbura, umugwa mukuru w’ubutunzi w’igihugu c’u Burundi harutse …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 24 nzero 2022, mu gisagara ca Bujumbura, umugwa mukuru w’ubutunzi w’igihugu c’u Burundi harutse …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 19 nzero 2022, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yabonetse yambaye impuzu z’abatimbo mu Gishora, intara ya Gitega, umugwa mukuru …
Soma ibikurikiraMu kiganiro Umubano N°12 twarababwiye ko hari umugore yari yarakowe hanyuma inyuma yo gupfakara akiri muto aca abengukwa n’umusore, umuryano …
Soma ibikurikiraDuheruka kubabwira amakuru ko umugambwe uri kubutegetsi mu Burundi, CNDD-FDD wimirije guhindura inzego zimwe zimwe hamwe no guhinyanyura amategeko awugenga, …
Soma ibikurikiraNi Amakuru y’umunezero kubari barize amakaminuza atandukanye na cane cane abize muri Kaminuza y’u Burundi no mw’ishure nderabigisha ENS ariko …
Soma ibikurikiraEjo twari twababwiyeko abakora akazi ko guhanahana amafaranga bakoresheje Lumicash na Ecokash bita aba Super-Agents bari bamenyeshejeko guhera kuruyu wa …
Soma ibikurikiraHaraciye imisi havuzwe abasoda indwi bapfuye bariko gagira imyimenyerezo yo guca inkofero y’igikomando i Gitega. Ikinyamakuru Itara Burundi caronse amakuru …
Soma ibikurikiraInyuma y’igihe kitari gito umubano uri hagati y’ibihugu vy’u burundi n’urwanda utifashe neza, ibiganiro vyashitse kurwego rwo hejuru. kur’uyu wa …
Soma ibikurikiraKwigenekerero rya 29 kigarama 2021, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye mugihe hariko aremesha ikiganiro n’abamenyeshamakuru hamwe n’abanyagihugu yarategetse ko abashikiranganji bose …
Soma ibikurikiraHaraheze imisi tubabwiyeko uburozi bwabaye ndanse mu Burundi. Hari abatanguye kwibazako reta ataco iriko irakora mukurwanya ubwicanyi bwabaye ndanse hakoreshejwe …
Soma ibikurikira