Skip to content
Top Menu
03/06/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Étiquette : Burundi

Intwaro ibereye

Burundi : Abakozi b’inama nshingamateka bagiye kugengwa n’itegeko. N’umukuru wayo azoba arimwo ?

02/04/2022 - by Jérôme

Haraheze igihe tuza turababwira amakuru y’ibibera munama nshingamateka harimwo n’abakozi bahanwa munyuma bakabwirwako atamategeko abagenga bafise. Mur’uku kwezi kwa kane …

Soma ibikurikira
Indero

Burundi : Amashure yose afise inyigisho z’uburundi ategerezwa gukoresha ibibazo bitegurirwa murunani n’ayandi

01/04/2022 - by Jérôme

Umushikiranganji w’indero n’ubushakashatsi Dr François Havyarimana yamenyesheje ko ivyo gukora ibibazo bitegurirwa murunani rw’amashure atandukanye ari ivyasabwe na reta kandi …

Soma ibikurikira
Ubutunzi

Burundi : Abantu batagira akazi ntakibanza bagifise i Bujumbura

31/03/202231/03/2022 - by Jérôme

Inyuma yo kubuza amamoto, amakinga n’ama tuktuk gukorera mu gisagara ca Bujumbura, umurwa ukuru w’ubutunzi w’Uburundi, hamaze imisi havugwa vyinshi …

Soma ibikurikira
COVID19

Burundi :Incanco za COVID-19 zirimuguta agaciro mugihe amafaranga ariko aribwa

29/03/2022 - by Jérôme

Igihugu c’uburundi ni kimwe mu bihugu bitakiriye neza ingingo zikaze zo kugwanya ikiza ca COVID-19 harimwo n’incanco. Abantu bababa 10000 …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Daniel Gelase Ndabirabe, umukuru w’inama nshingamateka yoba  agire asubirire umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimye ?

29/03/202229/03/2022 - by Jérôme

Umukirisu w’umuporoti, uwahoze ari umuvugizi w’umugambwe CNDDFDD ubu akaba ari umukuru w’inama nshingamateka Daniel Gélase Ndabiraba asanzwe ariwe amateko avugako …

Soma ibikurikira
Umubano

Burundi : Ikiganiro umubano N°0015 : «Abagabo bararya imbwa zikishura »

27/03/202227/03/2022 - by Jérôme

  Ba sokuru barayamaze bati : «Abagabo bararya imbwa zikishura », mu kiganiro umubano c’uno munsi tubaganiriza kuri uwo mugani. Mwitegereje imibano …

Soma ibikurikira
Ibidukikije

Burundi : «Ishinge n’imikaratusi vyoba bizirako ari ibinya Bururi ?»

24/03/202225/03/2022 - by Jérôme

Twarababwiye amakuru y’ikete buramatari w’intara ya Bururi asohoreye itangazo risaba abanyagihugu kurandura inshinge n’imikaratusi gushika mukwa gatandatu ataruko amatongo agasubizwa …

Soma ibikurikira
Intwaro ibereye

Burundi : «Mureke kumuca amande mudasigura, ejo yobazanira akarambaraye… »

19/03/202219/03/2022 - by Jérôme

Munama umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, Gervais Ndirakobuca yagirishije abarongoye intara, amakomine n’abakozi bakuru bakuru batandukanye  k’uruyu wa gatanu …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi : Kuber’iki ama moto, amakinga n’ama Tuk Tuk vyabujijwe gukorera mu gisagara ca Bujumbura ?

15/03/202216/03/2022 - by Jérôme

Ejo kuwa 14 ntwarante 2022 twarabashikirije amakuru yiriwe avugwa ku Burundi aho amashirahamwe OLUCOME na PARCEM yankiwe kugirisha ikiganiro ku …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu

Burundi : Inkuru nziza kubarwaye indwara y’igisukari n’abagendana iy’ivumbuka ry’umurindi w’amaraso

15/03/2022 - by Jérôme

Mugihe indwara y’igisukari(Diabtète) iri muzambere zica abantu benshi kw’isi hamwe n’indwara y’ivumbuka ry’umurindi wamaraso(Hypertension artérielle) ziraye mu Burundi, ubushikiranganji bw’amagara …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 8 9 10 … 12 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 001)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 094)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 442)
Copyright © 2025 Itara Burundi.