Skip to content
Top Menu
31/05/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Étiquette : COVID19

COVID19

Baratinya kuja mubantu batambaye udufukamunwa ngo boba bari gusa

21/02/2022 - by Jérôme

Kuri uyu wa 21 ruhuhuma 2022 abana biga mu mashure matomato yo mu gihugu c’ububiligi bari munsi y’imyaka 12 bakurwako …

Soma ibikurikira
Burundi
COVID19

Mu Burundi hoba hashitse OMICRON, ya COVID19 yihindura?

15/12/202115/12/2021 - by Jérôme

Haravugwa igwirirana ry’abandura ikiza ca COVID19 ku rugero ruteye ubwoba mu gisagara ca Bujumbura. Ingingo zokukigwanya zitari nke zimaze imisi …

Soma ibikurikira
COVID19

Burundi : Abadakurikiza amabwirizwa yo kwikingira COVID19 bagiye guhanwa

13/12/202113/12/2021 - by Jérôme

Mur’ino misi abategetsi batandukanye bariko baravugako  habaye igwirirana vy’ibiharuro vy’abandura COVID19. Umugenduzi mukuru w’igipolisi yatanze itegeko kubo atwara ryo gufata …

Soma ibikurikira
COVID19

Burundi: COVID19, ninde atazoyikamisha?

10/10/202010/10/2020 - by Jérôme

Mugihe ikiza ca COVID19 gisa n’icahagaze mu Burundi, mu bushikiranganji bw’amagara y’abantu no kurwanya SIDA haribonekeza mur’ino minsi ingendo yo …

Soma ibikurikira
COVID19

COVID19 koko yaraheze mu Burundi ?

22/09/202022/09/2020 - by Jérôme

Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu no kurwanya ikiza ruhonyanganda SIDA buherutse gusohora icegeranyo cerekanako COVID19 yagabanutse kurugero rurenga 90% mu gihugu cose …

Soma ibikurikira
COVID19

Burundi : Umugambi wo kugwanya COVID19 uriko urangurwa gute?

08/07/202010/07/2020 - by Jérôme

Umukuru w’igihugu Évariste Ndayishimiye yarashikitije mw’ijambo ko reta igiye gutanguza umugambi witwa: « Ndakira, sindandura kandi sinanduza » umugambi umaze gutuma abarundi …

Soma ibikurikira
COVID19

Burundi: Ikiza ca COVID19 cabaye ndanse.

21/06/202010/07/2020 - by Jérôme

Ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kugwanya SIDA bwaramenyeshejeko habonetse abagwayi 40 bashasha kur’uyu wa 20 ruheshi 2020, igitigiri kiguma …

Soma ibikurikira
COVID19

Burundi: Ikiza ca COVID19 cashitse munzego zo hejuru mu gihugu.

29/05/202010/07/2020 - by Jérôme

Kurwanya ikiza ca COVID19 vyabaye akananira bahinga gushika naho candukiriye inzego zo hejuru mu gihugu. Mugihe ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara …

Soma ibikurikira
Amatora ya 2020 / Politike

Burundi : Ubanze ufate imbavu imbere yo gusoma uko imbonerakure ziriko ziba amatora.

12/05/202012/05/2020 - by Jérôme

Kubiro bijejwe gutanga amakarata y’amatora biri muri komine n’intara ya Cankuzo, imbonerakure y’umugabwe CNDDFDD ejo kw’igenekerezo rya 11 rusama 2020 …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu

CORONAVIRUS muri kaminuza y’uburundi

09/05/202009/05/2020 - by Jérôme

Inyuma yaho umuyobozi w’igisata c’ubuganga(Médecine) muri kaminuza y’uburundi afatiye ingingo zo kwirinda CORONAVIRUS kubasoma ibitabo birangiza amashure, hari umunyeshure yaraye …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

1 2 3 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (11 998)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 087)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 430)
Copyright © 2025 Itara Burundi.