Baratinya kuja mubantu batambaye udufukamunwa ngo boba bari gusa
Kuri uyu wa 21 ruhuhuma 2022 abana biga mu mashure matomato yo mu gihugu c’ububiligi bari munsi y’imyaka 12 bakurwako …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kuri uyu wa 21 ruhuhuma 2022 abana biga mu mashure matomato yo mu gihugu c’ububiligi bari munsi y’imyaka 12 bakurwako …
Soma ibikurikira
Mu kigano umubano N°0014 tubashikiriza ikiganiro kuwo twise Bénoît yari amaranye umwaka n’igice na Bénigne hanyuma ahitamwo ko bavana. Ubu …
Soma ibikurikira
Inyuma y’ibiganiro bimaze imisi hagati ya reta n’amasendika aserukira abigisha, kur’uyu wa mbere igenekerezo 14 ruhuhuma 2022 muri hoteri source …
Soma ibikurikira
Mw’ijambo umukuru w’igihugu c’u Burundi Evariste Ndayishimiye yashikirije abarundi mu mpera z’umwaka wa 2021 yavuzeko abanyororo 2700 aribo barekuwe muri …
Soma ibikurikira
Haraheze imisi abakozi b’inama nshingamateka y’u Burundi bidogera Daniel Gélase Ndabirabe ayirongoye ko hambavu yo kwinjirira abakozi arongoye ko harivyo …
Soma ibikurikira
Kuri uno wa kane igenekerezo rya 27 nzero 2022, Léonidas Gahungu wo kumusozi Mugendo Ruko, zone Nyagasasa komine Mugamba intara …
Soma ibikurikira
Hagorobeje havugwa amakuru ya terefone ya Col Nshimirimana Augustin yaturitse mugihe yaragira yitabe uwari amuterefonye ari muri station itanga igitoro …
Soma ibikurikira
Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 24 nzero 2022, mu gisagara ca Bujumbura, umugwa mukuru w’ubutunzi w’igihugu c’u Burundi harutse …
Soma ibikurikira
Kur’uyu wa 19 nzero 2022, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yabonetse yambaye impuzu z’abatimbo mu Gishora, intara ya Gitega, umugwa mukuru …
Soma ibikurikira
Mu kiganiro Umubano N°12 twarababwiye ko hari umugore yari yarakowe hanyuma inyuma yo gupfakara akiri muto aca abengukwa n’umusore, umuryano …
Soma ibikurikira