Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine
Hamaze igihe hibonekeza abarimu bakora badahembwa mumihingo myinshi y’igihugu ndetse niyo baronse akazi bakamara umwaka badahembwe nk’abatanguye akazi mu mwaka …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Hamaze igihe hibonekeza abarimu bakora badahembwa mumihingo myinshi y’igihugu ndetse niyo baronse akazi bakamara umwaka badahembwe nk’abatanguye akazi mu mwaka …
Soma ibikurikira
Abanyeshure bo muri kaminuza y’uburundi baridogako baheraniwe amafaranga y’ingurane bahabwa na reta mukwiga bikaba vyatumye bamwe bicwa ninzara
Soma ibikurikira
Umushikiranganji w’indero n’ubushakashatsi Dr François Havyarimana yamenyesheje ko ivyo gukora ibibazo bitegurirwa murunani rw’amashure atandukanye ari ivyasabwe na reta kandi …
Soma ibikurikira
Nk’uko vyateguwe na reta, abigisha bo mumashure y’intango buca bakora ikibazo imbere yo kuzoronswa inyigisho nkarishabwenge ariko ntibigeze baronswa imisi …
Soma ibikurikiraMumpera z’umwaka wa 2021 twarabashikirije ikibazo c’abakozi bakora ubuzi butobuto kuri ETS Kiremba Sud riri muntara ya Bururi basaba kwongerwa …
Soma ibikurikira
Inyuma y’ibiganiro bimaze imisi hagati ya reta n’amasendika aserukira abigisha, kur’uyu wa mbere igenekerezo 14 ruhuhuma 2022 muri hoteri source …
Soma ibikurikira
Ni Amakuru y’umunezero kubari barize amakaminuza atandukanye na cane cane abize muri Kaminuza y’u Burundi no mw’ishure nderabigisha ENS ariko …
Soma ibikurikira
Kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 08 gitugutu 2021, mu ntara ya Karusi, umuvugizi w’ubushikiranganji bw’indero n’ubushakashatsi Liboire Bigirimana amenyeshako ubushikiranganji …
Soma ibikurikiraAbanyeshure baheza amakamiruza mur’ino myaka baridogako imapuro z’imitsindo ziteba kuboneraka zitarasinywako n’ubushikiranganji bw’indero imyaka umunani inarenga igashobora guhera uwahejeje kamiruza …
Soma ibikurikira
Mu gihe kw’igenekerezo rya 24 nyakanga 2021, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye ari muri reta zunze ubumwe za amerika yahamagariye incabwenge …
Soma ibikurikira