Skip to content
Top Menu
30/05/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Politike

Politike

Intara z’u Burundi zigiye kuva kuri 18 zibe 5

16/06/2022 - by Jérôme

Inama nshikiranganji yo kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 15 ruhenshi 2022 muvyo yize harimwo integuro y’ibwirizwa ryo kugabanya intara zikava …

Soma ibikurikira
Abarundi bafatiwe zambia
Politike

Abarundi n’abanyarwanda baba muri Zambiya bafashwe kubwinshi

29/05/202229/05/2022 - by Jérôme

Abarundi n’abanyarwanda baba mu gihugu ca Zambiya bafatiwe mumashengero bajanwa gupfungwa kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 29 rusama 2022 kumugwa mukuru …

Soma ibikurikira
Evariste Ndayishimiye
Politike

Burundi: « Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yaraye ahonyanze ibwirizwa nshingiro » Umwihwezo

12/05/202213/05/2022 - by Jérôme

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yaragirisheje ikiganiro kubamenyeshamakuru kumusi wa kabiri igenekerezo rya 10 rusama 2022 mungoro yiwe i Bujumbura kumugwa …

Soma ibikurikira
Politike

Harashobora kwaduka intambara mu Burundi

28/04/2022 - by Jérôme

Kur’uyu wa 28 ndamukiza 2022 hiriwe imishwano kumbuga ngurukana bumenyi kuvyerekeye ivy’umunsi wa 29 ndamukiza 2022, umugwi CVR ukaba uherutse …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Icegera c’umukuru w’igihugu Prosper Bazombaza ari mu bitaro

25/04/2022 - by Jérôme

Kuva mu ndwi iheze icegera  c’umukuru w’igihugu Prosper Bazombaza agwariye mubitaro Kira Hospital inyuma yo gufatwa na AVC. Nk’uko amakuru …

Soma ibikurikira
Politike

France : Emmanuel Macron yatowe ngo atware igihugu ikiringo kigira kabiri

24/04/2022 - by Jérôme

Kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 24 ndamukiza 2022 niho haba amatora y’umukuru w’igihugu c’ubufaransa. Emmanuel Macron yarasanzwe ari umukuru w’ico gihugu …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Daniel Gelase Ndabirabe, umukuru w’inama nshingamateka yoba  agire asubirire umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimye ?

29/03/202229/03/2022 - by Jérôme

Umukirisu w’umuporoti, uwahoze ari umuvugizi w’umugambwe CNDDFDD ubu akaba ari umukuru w’inama nshingamateka Daniel Gélase Ndabiraba asanzwe ariwe amateko avugako …

Soma ibikurikira
Politike

Imipaka ihuza ibihugu vy’u Burundi n’u Rwanda iracugaye

07/03/2022 - by Jérôme

Kuri uyu wambere igenekerezo rya 07 ntwarante 2022 igihugu c’u Rwanda niho cugurura imipaka igihuza ibihugu vyose harimwo n’imbibe zigihuza …

Soma ibikurikira
Politike

Ikibazo c’intambara ihuza uburusiya na ukraine ntikibonwa kumwe n’ibihugu vyo muri EAC

02/03/202202/03/2022 - by Jérôme

Mugihe hatowe ingingo ibuza igihugu c’uburusiya kubandanya gitera igihugu ca Ukraine k’uyu wa 2 ntwarante 2022, igihugu c’u Burundi co …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yabonetse mubatimbo

19/01/202219/01/2022 - by Jérôme

Kur’uyu wa 19 nzero 2022, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yabonetse yambaye impuzu z’abatimbo mu Gishora, intara ya Gitega, umugwa mukuru …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 2 3 … 15 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (11 995)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 081)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 421)
Copyright © 2025 Itara Burundi.