Burundi : Ibanki BIJE yitiriwe urwaruka ariko nirwo rwambere ruyidogera
Nkuko amabanki menshi yidogerwa n’abanyagihugu ko akora nabi, na banki nshasha BIJE yitiriwe urwaruka niyo yambere yidogerwa n’urwaruka ko itarworohereza …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Nkuko amabanki menshi yidogerwa n’abanyagihugu ko akora nabi, na banki nshasha BIJE yitiriwe urwaruka niyo yambere yidogerwa n’urwaruka ko itarworohereza …
Soma ibikurikira
Mu mwaka wa 2018 reta y’uburundi yarashinze itegeko ryo kugaburirira inka mumpongore rikaba rigira rije mungiro mur’uku kwicumi 2021 hari …
Soma ibikurikira
Abantu batarimunsi ya mirongo itanu hagwiriyemwo urwaruka barafashwe barapfungwa mubiro vya BSR i Bujumbura biketsweko boba bafise amafaranga y’agaciro abandiko …
Soma ibikurikira
Inyuma yaho reta imenyesherejeko atabitungwa bizosubira kurangirwa ku mitumba, aborozi bo muntara zimwe zimwe bamaze imisi bahungisha inka abandi bazishora …
Soma ibikurikira
Kw’igenekerezo rya 14 Rusama 2021 inama nshingamateka yaratoye integuro y’itegeko ry’amafaranga reta izokoresha mumwaka w’ubutunzi wa 2021-2022 aho harimwo itagisi …
Soma ibikurikira
Abantu benshi bibazako isima ari ikintu kigoye guhingura kuburyo mu Burundi atamahinguriro menshi ashobora kuyihingura kuburyo igiciro c’isima cogabanuka, kwubaka …
Soma ibikurikira
Kur’uyu wa gatandatu igenekerezo rya 1 Rusama 2021 niho hahimbazwa umusi mpuzamakungu wahariwe abakozi n’akazi aho umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye …
Soma ibikurikira
Kur’uyu wa 7 Nyakanga 2020, ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere rirama bwarasohoye itangazo rivuga kubikorwa ryo gusansuma …
Soma ibikurikira
Umushikiranganji w’indero n’ubushakashatsi yaraye asohoye ikirangaminsi c’umwaka w’ishure 2020-2021 kumashure matomato n’ayisumbuye yo mu Burundi, uwo mwaka wishure ukazotangura kundwi …
Soma ibikurikira
Mu ntumbero yo gushira mungiro itegeko ryasohowe n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura, kuwa kane igenekerezo rya 27 Myandagaro 2020, musitanteri wa …
Soma ibikurikira