Burundi : Rya tegeko ryo kugaburirira inka mu mpongore rigira ritangure gushirwa mu ngiro
Mu mwaka wa 2018 reta y’uburundi yarashinze itegeko ryo kugaburirira inka mumpongore rikaba rigira rije mungiro mur’uku kwicumi 2021 hari …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Mu mwaka wa 2018 reta y’uburundi yarashinze itegeko ryo kugaburirira inka mumpongore rikaba rigira rije mungiro mur’uku kwicumi 2021 hari …
Soma ibikurikiraAbantu batarimunsi ya mirongo itanu hagwiriyemwo urwaruka barafashwe barapfungwa mubiro vya BSR i Bujumbura biketsweko boba bafise amafaranga y’agaciro abandiko …
Soma ibikurikiraInyuma yaho reta imenyesherejeko atabitungwa bizosubira kurangirwa ku mitumba, aborozi bo muntara zimwe zimwe bamaze imisi bahungisha inka abandi bazishora …
Soma ibikurikiraKw’igenekerezo rya 14 Rusama 2021 inama nshingamateka yaratoye integuro y’itegeko ry’amafaranga reta izokoresha mumwaka w’ubutunzi wa 2021-2022 aho harimwo itagisi …
Soma ibikurikiraAbantu benshi bibazako isima ari ikintu kigoye guhingura kuburyo mu Burundi atamahinguriro menshi ashobora kuyihingura kuburyo igiciro c’isima cogabanuka, kwubaka …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa gatandatu igenekerezo rya 1 Rusama 2021 niho hahimbazwa umusi mpuzamakungu wahariwe abakozi n’akazi aho umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 7 Nyakanga 2020, ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere rirama bwarasohoye itangazo rivuga kubikorwa ryo gusansuma …
Soma ibikurikiraUmushikiranganji w’indero n’ubushakashatsi yaraye asohoye ikirangaminsi c’umwaka w’ishure 2020-2021 kumashure matomato n’ayisumbuye yo mu Burundi, uwo mwaka wishure ukazotangura kundwi …
Soma ibikurikiraMu ntumbero yo gushira mungiro itegeko ryasohowe n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura, kuwa kane igenekerezo rya 27 Myandagaro 2020, musitanteri wa …
Soma ibikurikiraHagati mu kwezi kw’indwi guheze harabaye rusansuma rw’abashomeri n’abatagira akazi mu Burundi bwose bisabwe n’inzego zo hejuru aho imbonerakure zaciye …
Soma ibikurikira