
#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura
Mugihe bivugwako abasoda bashoboye kuva muri reta iharanira intwaro rusangi ya Congo , RDC bashitse mu Burundi bagaca babasubizayo kurwana …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Mugihe bivugwako abasoda bashoboye kuva muri reta iharanira intwaro rusangi ya Congo , RDC bashitse mu Burundi bagaca babasubizayo kurwana …
Soma ibikurikiraKuwa gatandatu igenekerezo rya 9 Ntwarante 2024, inyuma y’ibikorwa rusangi mu ntara ya Kayanza, buramatari Rémy Cishahayo yatanze akiringo ntarengwa …
Soma ibikurikiraKaporare Chefu Dusabeyezu Vianney, umusoda yahora ari umushoferi mw’ikambi yo ku Mutukura mu ntara ya Cankuzo yapfuye muri kino gitondo …
Soma ibikurikiraKury’uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 ruhuhuma 2023, umugabo yitwa Nkurunziza Melance w’imyaka 40 mwene Sinibagiye wo ku mutumba Kiyange …
Soma ibikurikiraBodwin ni umugabo w’imyaka 35 afise akazi keza ariko agira yahukane ubugira kabiri kubera muramuwe yagumye atunze munzu nawe aca …
Soma ibikurikiraMw’ireresi imaze imisi ica ku mbuga ngurukanabumenyi, Dénise Bucumi Nkurunziza aho yariko yigisha ku rukundo, yasiguye ko mu Burundi atarukundo …
Soma ibikurikiraNk’uko amakuru ashikira ikinyamakuru Itara Burundi abivuga, uwahoze ari umushingamateka Anglebert Ngendabanka yari yatowe mu ntara ya Cankuzo ibiringo bibiri(2005-2015) …
Soma ibikurikiraUmushingamateka Alodie Niyonkuru umushingamateka yatowe mu ntara ya Cankuzo nk’umuhutukazi nk’uko Inamanshingamateka yabishize ahabona, bivugwako yakuweko ubudahangarwa kugira azobazwe kw’idosiye …
Soma ibikurikiraMuri ikigihe ubuhinga bwa none bwo guhanahana amakuru bukoreshwa cane n’abatari bake, hari bamwe mu rwaruka bemeza ko babwifashisha mukuronka …
Soma ibikurikiraBuramatari w’intara ya Gitega, umugwa mukuru wa politike w’uburundi, Vénant Manirambona yagirisheje inama abarongoye ibisata biraba ivy’inyubako hamwe n’abajejwe intwaro …
Soma ibikurikira