Uncategorized
Amakuba abasoba bavuye muri Congo bariko barabona
Abasoda bavuye kurwana n’umuhari wa M3 mu buseruko bwa Republika iharanira Demokrasi ya Congo, RDC mumusi iheze bashikiye mubusho butandukanye …
Soma ibikurikira
Burundi: Lumitel yadugije ibiciro vya internet aho yashizeko n’amatagisi
Ishirahamwe ryo gutumatumanako amakuru Lumitel rituruka mu gihugu ca Vietnam ryadugije ibiciro vyo kuri internet mu #Burundi kur’uyu w’Imana igenekerezo …
Soma ibikurikira
Burundi : Ibihumbi vy’abanyororo baronkejwe ikigongwe c’umukuru w’igihugu baracapfunzwe
Mw’ijambo umukuru w’igihugu c’u Burundi Evariste Ndayishimiye yashikirije abarundi mu mpera z’umwaka wa 2021 yavuzeko abanyororo 2700 aribo barekuwe muri …
Soma ibikurikira
Burundi : Umuririmvyi w’umunyarwanda Israël Mbonyi vyabuze uruhusha rwo kuremesha ibiteramo yoremeshereje i Bujumbura
Kuva kuwagatanu igenekerezo rya 13 myandagaro gushika kuwa mungu igenekerezo rya 15 myandagaro 2021 hari hitezwe ibiteramo vy’umusore w’umunyarwanda Israel …
Soma ibikurikira
« Uburundi buzingamitswe n’ukutamenya kw’indongozi zitagifise umutima wo gukorera igihugu »
Burundi : « Uburundi buzingamitswe n’ubujuju bw’indongozi zitagifise umutima wo gukorera igihugu » Munyubakwa z’ishure kaminuza y’ubuvuzi INSP, kur’uyu wa gatatu igenekerezo …
Soma ibikurikira
Burundi : Ikiganiro Umubano N°003 : Uyu muryango usambutse woba uzize iki ?
Umuryango umwe wo muntara kanaka yo mu Burundi, ufise serugo arakora akazi, nta mukozi yaba uwo munzu canke uwurera abana …
Soma ibikurikira
Urwego rujejwe kugenzura ibimenyeshamakuru mu Burundi rwakoranije abarongoye ibimenyeshamakuru biri mu bihano.
Inyuma y’akamo katewe n’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye kundwi iheze gafatwa nk’iregeko kasaba urwego CNC kuganira n’abarongoye ibimenyeshamakuru biri mu bihano, …
Soma ibikurikira
Burundi : Gukwiragiza abakozi ba reta no guhindura reta : Umutego uhanze reta irongowe na Gen Evariste Ndayishimiye.
Uyu mwaka wa 2020 ugiye kurangira reta irongowe na Evariste Ndayishimiye, umukuru w’igihugu akaba n’ umukuru w’umugambwe #CNDDFDD ihanzwe no …
Soma ibikurikira
Umubano w’uburusiya n’uburundi utanguye gucumbagira.
Mw’ikete Dr Edouard Bizimana , umuserukizi w’uburundi mu gihugu c’uburusiya yanditse kw’igenekerezo rya 26 Munyonyo 2020, asaba uwutwara umurwi w’abaserukira ibihugu …
Soma ibikurikira