Burundi : Isoko mu yindi mu Ruvumera
Abadandariza mw’isoko yo muri zone Buyenzi, igisagara ca Bujumbura aho bita mu Ruvumera baridoga ko hari akajagari gaterwa n’abavandereza impuzu, …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Abadandariza mw’isoko yo muri zone Buyenzi, igisagara ca Bujumbura aho bita mu Ruvumera baridoga ko hari akajagari gaterwa n’abavandereza impuzu, …
Soma ibikurikiraTuraherutse kubabwira ko hari igitabu canditswe mumwaka wa 2013 kiri mu biro vy’umukuru w’igihugu canditswemwo ibintu 113 bibangamiye umutekano w’uburundi …
Soma ibikurikiraAbajejwe intwaro mumakomine yo mugisagara ca Bujumbura baragirizwa n’abanyagihugu ko baka ibiturire bakoresheje urwenge : Batuma imbonerakure n’abagenzi babo kubegeraniriza amafaranga …
Soma ibikurikiraMubiro vy’umukuru w’igihugu, hari igitabu casohowe n’umukuru w’igihugu, umuhisi Petero Nkurunziza kuwa 30 Ruhenshi 2013 citwa “ Umugambi w’igihugu werekeye …
Soma ibikurikiraKuva kuwa 28 rusama 2021, amasezerano ari hagati y’ishirahamwe ry’abahindi CONTEC GLOBAL rikora impapuro z’inzira n’impusha zo kugendesha imodoka yaraheze, …
Soma ibikurikiraAbantu batarimunsi ya mirongo itanu hagwiriyemwo urwaruka barafashwe barapfungwa mubiro vya BSR i Bujumbura biketsweko boba bafise amafaranga y’agaciro abandiko …
Soma ibikurikiraIshirahamwe ry’amakopeke mu Burundi, FENACOBU ryari riramutse rikoresha ikibazo c’abazoronswa akazi kur’uyu wa 3 Nyakanga 2021 kucicaro gikuru caryo kiri …
Soma ibikurikiraMur’ino misi hasubiriye kwibonekeza uguhagarikwa kubwinshi k’urwaruka be n’abahoze mugisirikare ca kera EX-FAB muri komine Mugamba intara ya Bururi, n’ababa …
Soma ibikurikiraMw’ijambo umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yashikirije abarongoye umugambwe uri ku butegetsi CNDDFDD i Ngozi ahari hatunganijwe ikoraniro kaminuza zidasanzwe ry’uwo …
Soma ibikurikiraMu kiganiro umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yagirishije abarongoye ubutungane mu Burundi kur’uno wa kabiri igenekerezo rya 24 myandagaro 2021, yasavyeko …
Soma ibikurikira