Burundi : « Igihugu cafashwe mpiri n’umugambwe CNDDFDD »
Amashirahamwe 20 aharanira agateka ka zina muntu mu Burundi yasohoye urwandiko kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 26 Ndamukiza 2024, umusi …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Amashirahamwe 20 aharanira agateka ka zina muntu mu Burundi yasohoye urwandiko kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 26 Ndamukiza 2024, umusi …
Soma ibikurikira
Abo ni abavunjayi 15 mubaheruka gufatirwa mu gisagara c’ubutunzi c’uburundi, Bujumbura. Inyuma y’indwi zibiri bari bamaze bapfungiwe mw’iperereza, SNR , …
Soma ibikurikira
Kuwa kabiri igenekerezo rya 9 Ndamukiza 2024, uruzi Kanyosha rwo muri komine Muha i Bujumbura, rwarataye inzira ruja mumazu muri …
Soma ibikurikira
Kuwa gatandatu igenekerezo rya 9 Ntwarante 2024, inyuma y’ibikorwa rusangi mu ntara ya Kayanza, buramatari Rémy Cishahayo yatanze akiringo ntarengwa …
Soma ibikurikira
Bagiye kubandanya muri za nkino za BAL 2024 mu rukino rugira gatatu,Inyuma yo guterwa impaga mu rukino rugira kabiri rwo …
Soma ibikurikira
Mu ntumbero yo kwipfurizanya umwaka mwiza w’imvukira za komine Bukinanyana mu ntara ya Cibitoke kuri uyu wagatandatu igenekerezo rya 9 …
Soma ibikurikira
Inkuru ibabaje n’uko umurwi w’umupira w’amaboko Dynamo uhawe ibihano vyo kumara inyama itanu udakina kandi bahawe Forfait bakazosubira gukina batanze …
Soma ibikurikira
Kur’uno wa kabiri igenekerezo rya 13 Ruhuhuma 2024 umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yagiye mu gihugu ca Leta iharanira intwaro rusangi …
Soma ibikurikira
Inyuma y’ikiringo c’umwaka hafi n’igice uburundi busubiriye kwugurura imipaka buhana n’igihugu c’urwanda yariyugawe n’umuhisi Petero Nkurunziza guhera muri 2015, bwasubiriye …
Soma ibikurikira
Urupfu rwa Edith Nizigiyimana, rwabaye ku munsi wa mbere igenekerezo rya 1 Nzero 2024 mw’ibohero rikuru rya Mpimba rwaratumye abantu …
Soma ibikurikira