Musitanteri wa komine Kanyosha yaraye akombowe mu mabanga
Musitanteri wa komine Kanyonsha iri mu ntara ya Bujumbura Geneviève Ntahomvukiye yarahagaritswe mur’ayo mabanga mw’itangazo ryateweko umukono n’ umushikiranganji w’intwaro …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Musitanteri wa komine Kanyonsha iri mu ntara ya Bujumbura Geneviève Ntahomvukiye yarahagaritswe mur’ayo mabanga mw’itangazo ryateweko umukono n’ umushikiranganji w’intwaro …
Soma ibikurikiraAmakuru ariko aravugwa n’uko ibanki nkuru ya Republika y’uburundi, BRB, kuva kur’uyu wambere igenekerezo rya 8 Myandagaro 2022 iramutswa umuyobozi …
Soma ibikurikiraTuramaze igihe tubabwira ingorane zatewe n’ikena ry’amafaranga y’agaciro zatanguye mu kwezi kwa gatatu 2020 hugawe amazu y’abavunjayi. Kubera izo ngingo, …
Soma ibikurikiraMuri ikigihe ubuhinga bwa none bwo guhanahana amakuru bukoreshwa cane n’abatari bake, hari bamwe mu rwaruka bemeza ko babwifashisha mukuronka …
Soma ibikurikiraHaraheze imisi ibiciro vy’amakara biduga kurugero ruteye ubwoba kuburyo i Bujumbura kumurwa mukuru w’ubutunzi w’uburundi umufuko umwe ushobora kurenza 35000FBu. …
Soma ibikurikiraTwarigeze kubabwira amakuru y’akajagari karangwa mw’isoko ryo mu Ruvumera muri zone Buyenzi, komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura katerwa n’abatembereza …
Soma ibikurikiraMu kiganiro abavugizi b’inzengo zitandukanye cabereye i Ngozi kur’uyu wa 15 Mukakaro 2022, umuvugizi w’umukuru w’igihugu Alain Diomede Nzeyimana yavuzeko …
Soma ibikurikiraBuramatari w’intara ya Gitega, umugwa mukuru wa politike w’uburundi, Vénant Manirambona yagirisheje inama abarongoye ibisata biraba ivy’inyubako hamwe n’abajejwe intwaro …
Soma ibikurikiraUbushikiranganji bujejwe uburimyi n’ubworozi bwarimye urusha umuryango w’aba islamu rwo kubaga intama kumunsi mukuru wahariwe intama bita IDEL KABIL, Dr …
Soma ibikurikiraInama nshikiranganji yo kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 15 ruhenshi 2022 muvyo yize harimwo integuro y’ibwirizwa ryo kugabanya intara zikava …
Soma ibikurikira