I Gitega hadutse ikibazo kubashaka kwubaka
Buramatari w’intara ya Gitega, umugwa mukuru wa politike w’uburundi, Vénant Manirambona yagirisheje inama abarongoye ibisata biraba ivy’inyubako hamwe n’abajejwe intwaro …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Buramatari w’intara ya Gitega, umugwa mukuru wa politike w’uburundi, Vénant Manirambona yagirisheje inama abarongoye ibisata biraba ivy’inyubako hamwe n’abajejwe intwaro …
Soma ibikurikira
Ubushikiranganji bujejwe uburimyi n’ubworozi bwarimye urusha umuryango w’aba islamu rwo kubaga intama kumunsi mukuru wahariwe intama bita IDEL KABIL, Dr …
Soma ibikurikira
Inama nshikiranganji yo kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 15 ruhenshi 2022 muvyo yize harimwo integuro y’ibwirizwa ryo kugabanya intara zikava …
Soma ibikurikira
Kuntwaro ya Président Col Jean Baptiste Bagaza mumugambi wo guteza ibiti kumataba y’imisozi, hariho amazina y’abantu, batasiba kukazi kandi batatonze, …
Soma ibikurikira
Abanyeshure bo muri kaminuza y’uburundi baridogako baheraniwe amafaranga y’ingurane bahabwa na reta mukwiga bikaba vyatumye bamwe bicwa ninzara
Soma ibikurikira
Abarundi n’abanyarwanda baba mu gihugu ca Zambiya bafatiwe mumashengero bajanwa gupfungwa kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 29 rusama 2022 kumugwa mukuru …
Soma ibikurikira
Hataheze imisi hadutse indwara y’ibitungwa muntara z’uburaruko bw’uburundi, aho inka, impene n’intama zifatwa ziva umwuna zikagira ubushuhe burenze urugero, mu …
Soma ibikurikira
Eric Mpayimana, umuyobozi mukuru, Audifax Arakaza , umuyobozi w’ubuhinga na Frédéric Niyonzima, umuyobozi ajejwe intwaro n’ubutunzi, bose b’ikigo kijejwe gukwiragiza …
Soma ibikurikira
Mu misi iheze twarabashikirije amakuru y’abantu bamwe bamwe bamaze imisi babiba amacakubiri y’amoko mu Burundi muburyo bwishi, bigashobora gutera intambara …
Soma ibikurikira
Tramaze imisi tuza turababwira amakuru ajanye n’ivy’amafaranga mvamakungu(devises), abahora bayacuruza bamwe barishwe abatahunze barabiheba, abakiyadandaza bakaba bameze nk’abiyahura. Kuva mumwaka …
Soma ibikurikira