Burundi : Abashikiranganji bamwe bahinduwe
Kur’uno wa kane igenekerezo rya 18 munyonyo 2021, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yahinduye abashikiranganji bamwe bamwe mugihe uw’ubudandaji yahahora wewe …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kur’uno wa kane igenekerezo rya 18 munyonyo 2021, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yahinduye abashikiranganji bamwe bamwe mugihe uw’ubudandaji yahahora wewe …
Soma ibikurikiraDuheruka kubabwira imyidogo y’abadandaza bo mw’isoko ya Ruvumera muri zone Buyenzi, komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura aho bidogera uwutwara …
Soma ibikurikiraMu kwezi guheze twarababwiye umunyagihugu wo muri komine Mugamba intara ya Bururi yaciriwe amande y’ibihumbi mirongo itanu azirako yaravye nabi …
Soma ibikurikiraN’ubwo amashirahamwe mvamakungu yari yatanze imfashanyo yo kurwanya ikiza COVID19, isabune ikagurwa amafaranga 300FBu, mur’ino misi ico giciro c’isabune cigwije …
Soma ibikurikiraHaraheze imisi tubabwiyeko hari inzara mw’ibohero rimwe ryo mu Burundi. Amakuru dukura mumabohero atandukanye yo mu Burundi amensheshako inzara irembeje …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 08 gitugutu 2021, mu ntara ya Karusi, umuvugizi w’ubushikiranganji bw’indero n’ubushakashatsi Liboire Bigirimana amenyeshako ubushikiranganji …
Soma ibikurikiraAbanyeshure baheza amakamiruza mur’ino myaka baridogako imapuro z’imitsindo ziteba kuboneraka zitarasinywako n’ubushikiranganji bw’indero imyaka umunani inarenga igashobora guhera uwahejeje kamiruza …
Soma ibikurikiraKuva aho ikinyamakuru Itara Burundi gishikirijeko hari imyidogo y’abadandaza bo mw’isoko yo mu Ruvumera muri zone Buyenzi komine Mukaza kubijanye …
Soma ibikurikiraMu misi iheze hari ibitero vyagiye biraba kwibarabara RN7 mur’iyo komine muri zone Vyuya kubirometero 74 uvuye Bujumbura aho hategerwa …
Soma ibikurikiraHaramaze imisi hibonekeza abategetsi bacibwa amande atangana bivanye n’uwuyaciwe muntara zitandukanye. Abahinga muvy’amategeko bakabonako hakwiye kujaho amategeko yisungwa mugukinga ko …
Soma ibikurikira