Skip to content
Top Menu
06/06/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Étiquette : Amakuru

Politike

Burundi: Jean Bosco Ndayikengurukiye yatashe ashikira gucungerwa n’abanyamahanga bamwirukanye iwabo

21/09/202121/09/2021 - by Jérôme

Kur’uyu wa 21 nyakanga 2021, Jean Bosco Ndayikengurukiye, yahoze atwara umuhari CNDD ukiri mw’ishamba imbere yo kuba umugambwe CNDDFDD, uri …

Soma ibikurikira
Burundi
Ubutunzi

Burundi : Rya tegeko ryo kugaburirira inka mu mpongore rigira ritangure gushirwa mu ngiro

20/09/202120/09/2021 - by Jérôme

Mu mwaka wa 2018 reta y’uburundi yarashinze itegeko  ryo kugaburirira inka mumpongore rikaba rigira rije mungiro mur’uku kwicumi 2021 hari …

Soma ibikurikira
Burundi, actualité,
Ubudandaji

Burundi : Isoko mu yindi mu Ruvumera

17/09/202117/09/2021 - by Jérôme

Abadandariza mw’isoko yo muri zone Buyenzi, igisagara ca Bujumbura aho bita mu Ruvumera baridoga ko hari akajagari gaterwa n’abavandereza impuzu, …

Soma ibikurikira
Burundi, Amakuru
Politike

Burundi : Umuhisi Petero Nkurunziza yoba yarerekwa ? Igice ca mbere

16/09/202116/09/2021 - by Jérôme

Turaherutse kubabwira ko hari igitabu canditswe mumwaka wa 2013 kiri mu biro vy’umukuru w’igihugu canditswemwo ibintu 113 bibangamiye umutekano w’uburundi …

Soma ibikurikira
Burundi,
Umutekano

Burundi: Umutekano w’igihugu uracageramiwe

14/09/202114/09/2021 - by Jérôme

Mubiro vy’umukuru w’igihugu, hari igitabu casohowe n’umukuru w’igihugu, umuhisi Petero Nkurunziza kuwa 30 Ruhenshi 2013 citwa “ Umugambi w’igihugu werekeye …

Soma ibikurikira
Burundi
Ubutunzi

Burundi : Ubukene buteye ubwoba bwadodoye

09/09/202109/09/2021 - by Jérôme

Abantu batarimunsi ya mirongo itanu hagwiriyemwo urwaruka barafashwe barapfungwa mubiro vya BSR i Bujumbura biketsweko boba bafise amafaranga y’agaciro abandiko …

Soma ibikurikira
Intwaro ibereye

Urunani rw’amakopeke yo mu Burundi FENACOBU rwagirizwa gukoresha amacakubiri mugutanga akazi

03/09/202103/09/2021 - by Jérôme

Ishirahamwe ry’amakopeke mu Burundi, FENACOBU ryari riramutse rikoresha ikibazo c’abazoronswa akazi kur’uyu wa 3 Nyakanga 2021 kucicaro gikuru caryo kiri …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi: Ubwoba budasanzwe mumiryango y’abariko barahagarikwa bo muri komine Mugamba

01/09/202101/09/2021 - by Jérôme

Mur’ino misi hasubiriye kwibonekeza uguhagarikwa kubwinshi k’urwaruka be n’abahoze mugisirikare ca kera EX-FAB muri komine Mugamba intara ya Bururi, n’ababa …

Soma ibikurikira
Burundi, amakuru
Intwaro ibereye

Burundi : Abakozi ba reta nka bose bagiye kwirukanwa mu kazi

31/08/202131/08/2021 - by Jérôme

Mw’ijambo umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yashikirije abarongoye umugambwe uri ku butegetsi CNDDFDD i Ngozi ahari hatunganijwe ikoraniro kaminuza zidasanzwe ry’uwo …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: « Nimuyindase basi musigare muravyonona nagiye » Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye

24/08/202124/08/2021 - by Jérôme

Mu kiganiro umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yagirishije abarongoye ubutungane mu Burundi kur’uno wa kabiri igenekerezo rya 24 myandagaro 2021, yasavyeko …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 6 7 8 … 12 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 014)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 099)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 453)
Copyright © 2025 Itara Burundi.