Burundi: Umuyobozi wa ECOFO apfunzwe azira guhindura bulletins z’abanyeshure.
Bicubwenge Theoneste, afise urupapuro rw’umutsindo rwa D7, umuyobozi wa ECOFO CANKUZO I yaraye ijoro ryiwe rya 2 mugasho ka komisariya …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Bicubwenge Theoneste, afise urupapuro rw’umutsindo rwa D7, umuyobozi wa ECOFO CANKUZO I yaraye ijoro ryiwe rya 2 mugasho ka komisariya …
Soma ibikurikiraIshirahamwe SOSUMO rihingura rikongera rikadandaza usukari rimaze imisi ribura amafaranga y’agaciro yo kurangura usukari yo kwongereza umwimbu riba ryaronse arinaco …
Soma ibikurikiraMugihe abarundi benshi bamenyereye kwubaka imvura icitse, kuronka isima kugiciro kizwi ca 24500FBu mur’ino minsi ni nk’indoto. Uno munsi igiciro …
Soma ibikurikiraKw’ishure rya ECOFO Ngobeke, riri muri zone Mubuga, komine n’intara ya Gitega umwigisha yarahanye abanyeshure mur’iyi ndwi turangije ngo ntibatoye …
Soma ibikurikiraUmukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yitavye Imana kw’igenekerezo rya 8 ruheshi 2020 mu bitaro vy’i Karusi gushika ubu ntiharamenyekana ibijanye n’urupfu …
Soma ibikurikiraIshirahamwe Croix Rouge Burundi rifise umugwi w’abakozi barenga 300 bakora mu mugambi wo gukinga no kugwanya ikiza ruhonyanganda SIDA bakorera …
Soma ibikurikiraMugihe uburundi butariko buraronswa urucanco rwa COVID19 mu mugambi COVAX nk’ibindi bihugu, abasoda b’abarundi bari kugarukana amahoro mu gihugu ca …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa kabiri igenekerezo rya 11 Rusama 2021, Evariste Ndayishimiye umukuru w’igihugu c’uburundi yafashe urugendo rw’imisi itatu rwamushikanye mu gihigu …
Soma ibikurikiraIkiraro kiri kw’ibarabara rya Bujumbura-Rumonge kiri mu Gitaza, intara ya Bujumbura cabomotse kur’uyu wa kane igenekerezo rya 06 Rusama 2021, …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 05 Rusama 2021 twaronse amakuru avugako hari umunyororo wo mw’ibohero rikuru rya Gitega « yaraye yiciye …
Soma ibikurikira