Burundi : Abantu barenga 200 bafashwe mu gisagara ca Bujumbura
Kuva mu gitondo co kur’uyu wa kane igenekerezo rya 10 ntwarante 2022, abantu cane cane bagizwe n’imisore barenga 200 bafashwe …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kuva mu gitondo co kur’uyu wa kane igenekerezo rya 10 ntwarante 2022, abantu cane cane bagizwe n’imisore barenga 200 bafashwe …
Soma ibikurikiraNk’uko vyateguwe na reta, abigisha bo mumashure y’intango buca bakora ikibazo imbere yo kuzoronswa inyigisho nkarishabwenge ariko ntibigeze baronswa imisi …
Soma ibikurikiraKuri uyu wambere igenekerezo rya 07 ntwarante 2022 igihugu c’u Rwanda niho cugurura imipaka igihuza ibihugu vyose harimwo n’imbibe zigihuza …
Soma ibikurikiraMumpera z’umwaka wa 2021 twarabashikirije ikibazo c’abakozi bakora ubuzi butobuto kuri ETS Kiremba Sud riri muntara ya Bururi basaba kwongerwa …
Soma ibikurikiraInyuma y’imyidogo y’abarimyi bavugako batanze amafaranga ya avanse ariko bakabura umwavu w’ikizungu, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere …
Soma ibikurikiraMu kigano umubano N°0014 tubashikiriza ikiganiro kuwo twise Bénoît yari amaranye umwaka n’igice na Bénigne hanyuma ahitamwo ko bavana. Ubu …
Soma ibikurikiraInyuma y’ibiganiro bimaze imisi hagati ya reta n’amasendika aserukira abigisha, kur’uyu wa mbere igenekerezo 14 ruhuhuma 2022 muri hoteri source …
Soma ibikurikiraHaraheze imisi abakozi b’inama nshingamateka y’u Burundi bidogera Daniel Gélase Ndabirabe ayirongoye ko hambavu yo kwinjirira abakozi arongoye ko harivyo …
Soma ibikurikiraKuri uno wa kane igenekerezo rya 27 nzero 2022, Léonidas Gahungu wo kumusozi Mugendo Ruko, zone Nyagasasa komine Mugamba intara …
Soma ibikurikiraHagorobeje havugwa amakuru ya terefone ya Col Nshimirimana Augustin yaturitse mugihe yaragira yitabe uwari amuterefonye ari muri station itanga igitoro …
Soma ibikurikira