Skip to content
Top Menu
31/05/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Étiquette : Burundi

Agateka ka zina muntu

Amarira ya Alice Kanyana yibungenze inda y’amahasa

28/08/202328/08/2023 - by Jérôme

Alice Kanyana yahawe akazi n’umushikiranganji w’indero hanyuma uwujejwe indero hamwe na Buramatari mu ntara ya Muramvya mu kwezi kwa gatanu …

Soma ibikurikira
Ubutunzi

Burundi: Umugambi wo gufumbiza amazirantoke n’umwanda mutoya uzokworoha?

28/08/2023 - by Jérôme

Kimwe mubikoreshwa mugukora ifumbire ya kigambere harimwo amazirantoke n’umwanda mutoya, ikigo ISABU gikora ivyirwa n’ubushakashatsi kubijanye n’uburimyi kikaba caramaze kumenyeshako …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Abanywanyi b’umugambwe  CNL wa Rwasa Agathon n’abapolisi barahanganye, amaraso ashobora guseseka

20/08/202320/08/2023 - by Jérôme

Nk’uko amakuru dukura i Bujumbura abivuga,  ingoro y’umugambwe CNL urongowe n’umushingamateka Rwasa Agathon irugarijwe n’abanywanyi biwe hamwe n’abapolisi bahanganye kuva …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi : « Uwuriko arakorera mukibanza, niwe ajana amahera yo gupanga kuri compte ya OBR »

09/07/2023 - by Jérôme

Ikigo kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi OBR carasohoye itangazo kuwa 7 Mukakaro 2023 aho kimenyeshako kuva ubu uwuriko arakorera mukibanza, niwe …

Soma ibikurikira
Ubutunzi

Burundi: Ibanki y’urwaruka, icibare ca Sixte Niyuhire

29/06/202329/06/2023 - by Jérôme

Hari amakuru dukura mw’ibanki y’urwaruka BIJ i Gitega avuga ko iyo banki igeze ahatemba kubera Sixte Niyuhire ayitwara.  Hari abakozi …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Burundi: Urubanza muri Sentare y’icese rwa Muganga Christophe Sahabo

15/06/2023 - by Jérôme

Kur’uyu wa kane igenekerezo rya 15 Ruheshi 2023, huguruwe muntahe y’icese, urubanza rwa muganga Christophe Sahabo imbere ya Sentare Nkuru …

Soma ibikurikira
Ubutunzi

Kuber’iki abarundi benshi badashaka gukorana n’amabanki ?

11/06/2023 - by Jérôme

Inyuma yaho umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye agabishirije abantu babika amahera yabo mumazu mumisi iheze avugako  batayajanye mumabanki bazokwikangura umusi umwe …

Soma ibikurikira
Umubano

Hari umusoda yapfuye yaraye mw’ihoteri

07/06/202307/06/2023 - by Jérôme

Kaporare Chefu  Dusabeyezu Vianney, umusoda yahora ari umushoferi mw’ikambi yo ku Mutukura mu ntara ya Cankuzo yapfuye muri kino gitondo …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi: Ni bande bunguka iyo igitoro cabuze?

23/05/2023 - by Jérôme

Nk’uko amakuru ashikira ikinyamakuru Itara Burundi abivuga, ikena ry’igitoro ryoba riva kubantu babifisemwo inyungu. « Twahora twibazako uwahora atuma igitoro gikena …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Evariste Ndayishimiye, « imboneza idasanzwe »

05/05/202305/05/2023 - by Jérôme

Nk’uko vyagenze mukwezi kwa gatatu 2018, umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi CNDDFDD ugaha ipete ry’icubahiro umuhisi Petero Nkurunziza ry’imboneza …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 2 3 4 … 12 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (11 997)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 087)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 430)
Copyright © 2025 Itara Burundi.