Intara z’u Burundi zigiye kuva kuri 18 zibe 5
Inama nshikiranganji yo kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 15 ruhenshi 2022 muvyo yize harimwo integuro y’ibwirizwa ryo kugabanya intara zikava …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Inama nshikiranganji yo kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 15 ruhenshi 2022 muvyo yize harimwo integuro y’ibwirizwa ryo kugabanya intara zikava …
Soma ibikurikira
Kuntwaro ya Président Col Jean Baptiste Bagaza mumugambi wo guteza ibiti kumataba y’imisozi, hariho amazina y’abantu, batasiba kukazi kandi batatonze, …
Soma ibikurikira
Abanyeshure bo muri kaminuza y’uburundi baridogako baheraniwe amafaranga y’ingurane bahabwa na reta mukwiga bikaba vyatumye bamwe bicwa ninzara
Soma ibikurikira
Hataheze imisi hadutse indwara y’ibitungwa muntara z’uburaruko bw’uburundi, aho inka, impene n’intama zifatwa ziva umwuna zikagira ubushuhe burenze urugero, mu …
Soma ibikurikira
Mu misi iheze twarabashikirije amakuru y’abantu bamwe bamwe bamaze imisi babiba amacakubiri y’amoko mu Burundi muburyo bwishi, bigashobora gutera intambara …
Soma ibikurikira
Tramaze imisi tuza turababwira amakuru ajanye n’ivy’amafaranga mvamakungu(devises), abahora bayacuruza bamwe barishwe abatahunze barabiheba, abakiyadandaza bakaba bameze nk’abiyahura. Kuva mumwaka …
Soma ibikurikira
Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yaragirisheje ikiganiro kubamenyeshamakuru kumusi wa kabiri igenekerezo rya 10 rusama 2022 mungoro yiwe i Bujumbura kumugwa …
Soma ibikurikira
Ariko aganiriza abantu, yavuzeko arangura ibizinu kubihumbi bitanu(5000) mubanyagihugu agaca abihingura, akavyumisha agaheza akabigurisha ibihumbi birenga mirongo itandatu (+60 000FBu). …
Soma ibikurikira
Abasoda b’abarundi barenga 54 bishwe abandi baraburirwa irengero mu gitero cabaye kur’uyu wa kabiri igenekerezo rya 03 rusama 2022 mu …
Soma ibikurikira
Umukozi akomeye w’iperereza ry’uburundi Alfred Innocent Museremu asanzwe avugwa muma dosiye atari make n’amashirahama aharanira agateka ka zina muntu ko …
Soma ibikurikira