Skip to content
Top Menu
11/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Amagara y'abantu

Hari abana bavutse bafatanye bakeneye gufatanurwa.

30/11/202030/11/2020 - by Jérôme

Hari umugore wo muntara ya Ruyigi yibarutse abana bafatanye munda(bébés siamois mururimi rw’igifaransa) baciye bajanwa mubitaro vya Roi Khared i …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Umubano w’uburusiya n’uburundi utanguye gucumbagira.

29/11/202029/11/2020 - by Jérôme

Mw’ikete Dr Edouard Bizimana , umuserukizi w’uburundi  mu gihugu c’uburusiya yanditse kw’igenekerezo rya 26 Munyonyo 2020, asaba uwutwara umurwi w’abaserukira ibihugu …

Soma ibikurikira
Ibidukikije

Burundi : Ibarabara rihuza imirwa mikuru y’uburundi ryacitse.

18/11/202018/11/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 18 munyonyo 2020 ibarabara riva i Bujumbura ku murwa mukuru w’ubutunzi rija i Gitega ku …

Soma ibikurikira
Ubutungane

Burundi: Ubutunzi bw’abahunze buriko bugurishwa icamunara.

08/11/202008/11/2020 - by Jérôme

Harategekanijwe igurishwa icamunara ry’ibikoresho ahahoze hari ibiro vy’umukuru w’igihugu mw’i Rohero mu gisagara ca Bujumbura kuva kuwa gatatu igenekerezo rya …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi: Rusansuma ruriko rurakorwa rurateye ubwoba abatutsi

06/11/202006/11/2020 - by Jérôme

Hari rusansuma rumaze imisi rukorwa mubakozi ba reta bose aho babazwamwo ubwoko n’ibindi bibazo vyogizwe ibanga, rukaba rubandanya rutera ubwoba …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: Urugendo rwa kabiri rw’umukuru w’igihugu, Evariste Ndayishimiye

02/11/202002/11/2020 - by Jérôme

Nk’uko vyashikirijwe n’ibiro vy’umukuru w’igihugu uno munsi, Evariste Ndayishimiye hamwe n’umupfasoni wiwe Angeline Ndayishimiye bafise ugendo rw’imisi itanu mu gihugu …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Intwaro ibereye / Politike / Umutekano

Burundi : Rusansuma y’ubwoko mubakozi ba reta : Ntikwoba ari ugusozera umugambi w’ihonyabwoko?

25/10/202025/10/2020 - by Jérôme

Inyuma y’amezi atatu hatangujwe umugambi wo kugira rusansuma mubatagira akazi, bigakorwa incuro zibiri, guhera ejo kw’igenekerezo rya 26 gitugutu 2020 …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi : Abatutsi baburiye ababo kuri Lycée Kibimba bankiwe kwibuka abanyeshure barenga 150 bahiciwe.

21/10/202021/10/2020 - by Jérôme

K’igenekerezo rya 21 gitugutu 2020, abacitse kw’icumu mubwicanyi bwabereye kuri Lycée  Kibimba bafadikanije n’imiryango yahaburiye ababo bankiwe kwibuka abanyeshure barenga …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Amakuru / Impunzi / Umutekano

Burundi : Rwandophobie, indwara yo kwanka abanyarwanda imaze guhitana umuntu umwe, abanyamulenge barenga 92 barahagarikwa basubizwa mumakambi y’impunzi.

13/10/202013/10/2020 - by Jérôme

Inyuma y’ivyashikirijwe na Petero Nkurikiye yiyita N.Peter, umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere ridakumira kw’igenekerezo rya 8 …

Soma ibikurikira
COVID19

Burundi: COVID19, ninde atazoyikamisha?

10/10/202010/10/2020 - by Jérôme

Mugihe ikiza ca COVID19 gisa n’icahagaze mu Burundi, mu bushikiranganji bw’amagara y’abantu no kurwanya SIDA haribonekeza mur’ino minsi ingendo yo …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 23 24 25 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 566)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 606)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 419)
Copyright © 2026 Itara Burundi.