
Hari umusoda yapfuye yaraye mw’ihoteri
Kaporare Chefu Dusabeyezu Vianney, umusoda yahora ari umushoferi mw’ikambi yo ku Mutukura mu ntara ya Cankuzo yapfuye muri kino gitondo …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kaporare Chefu Dusabeyezu Vianney, umusoda yahora ari umushoferi mw’ikambi yo ku Mutukura mu ntara ya Cankuzo yapfuye muri kino gitondo …
Soma ibikurikiraNk’uko amakuru dukura mu Cendajuru, intara ca Cankuzo abivuga, Didier Ndereyimana arongoye ivuriro ritoya rya Kigarika riri mur’iyo komine avugako …
Soma ibikurikiraNk’uko amakuru ashikira ikinyamakuru Itara Burundi abivuga, ikena ry’igitoro ryoba riva kubantu babifisemwo inyungu. « Twahora twibazako uwahora atuma igitoro gikena …
Soma ibikurikiraNk’uko vyagenze mukwezi kwa gatatu 2018, umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi CNDDFDD ugaha ipete ry’icubahiro umuhisi Petero Nkurunziza ry’imboneza …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 26 Ndamukiza 2023, amashirahamwe 19 aharanira agateka ka zina muntu yasohoye urwandiko aho yashikirijeko indane uburundi burimwo zaturutse …
Soma ibikurikiraHari amakuru avugwa kumutegetsi wo mubiro bikuru vya Etat Major yitwa Lt Col Niyongabo ajejwe kubika impapuro z’abasoda ko yoba …
Soma ibikurikiraKu musi wambere igenekerezo rya 20 Ntwarante 2023, umushikiranganji w’ubutungane hamwe n’umushikirizamanza kizigenza wa republika y’uburundi barafashe ingingo yo kurekura …
Soma ibikurikiraInyuma yaho umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye ashiriyeho inzego nshasha zirongora ibanki nkuru y’uburundi mukwezi wa munani 2022, harafashwe ingingo yo …
Soma ibikurikiraKury’uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 ruhuhuma 2023, umugabo yitwa Nkurunziza Melance w’imyaka 40 mwene Sinibagiye wo ku mutumba Kiyange …
Soma ibikurikiraHamaze imisi hakwiragizwa ibihuha ko hari udukoko twateye imyumbati muntara za Makamba na Rumonge ariko abahinga muvy’uburimyi barahumuriza abanyagihugu bavugako …
Soma ibikurikira