Skip to content
Top Menu
06/06/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Politike

Burundi : Uwuzosubirira Evariste Ndayishimiye aza yaratanguye kwiyamamaza

14/08/202214/08/2022 - by Jérôme

Haraheze igihe umukuru w’umugambwe CNDDFDD  Réverien Ndikuriyo azunguruka amakomine yose y’uburundi ashika n’aho umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye atarashika kuva arongora …

Soma ibikurikira
Ubutunzi

« Amaraso mashasha » kuburongozi bw’ibanki ya Republika y’uburundi, BRB

08/08/202208/08/2022 - by Jérôme

Amakuru ariko aravugwa n’uko ibanki nkuru ya Republika y’uburundi, BRB,  kuva kur’uyu wambere igenekerezo rya 8 Myandagaro 2022 iramutswa umuyobozi …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Abavunjiye amafaranga y’agaciro abaje mu buruhuko mu Burundi bahakwa kuyaruka

05/08/2022 - by Jérôme

Turamaze igihe tubabwira ingorane zatewe n’ikena ry’amafaranga y’agaciro  zatanguye mu kwezi kwa gatatu 2020 hugawe amazu y’abavunjayi. Kubera izo ngingo, …

Soma ibikurikira
Burundi
Umubano

Urwaruka rusigaye rwubaka rubicishije kuri internet

02/08/2022 - by Jérôme

Muri ikigihe ubuhinga bwa none bwo guhanahana amakuru bukoreshwa cane n’abatari bake, hari bamwe mu rwaruka bemeza ko babwifashisha mukuronka …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi : Mwoba mwari muziko amakara ashorwa hanze ?

01/08/2022 - by Jérôme

Haraheze imisi ibiciro vy’amakara biduga kurugero ruteye ubwoba kuburyo i Bujumbura kumurwa mukuru w’ubutunzi w’uburundi umufuko umwe ushobora kurenza 35000FBu. …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi : Mw’isoko ryo mu Ruvumera « basigaje kuvandereza isima, amabati n’ivyuma »

30/07/202230/07/2022 - by Jérôme

Twarigeze kubabwira amakuru y’akajagari karangwa mw’isoko ryo mu Ruvumera muri zone Buyenzi, komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura katerwa n’abatembereza …

Soma ibikurikira
Burundi
Ubururimyi n'ubworozi

Burundi : FOMI ikwiye gushumbusha abo yarenganije

15/07/2022 - by Jérôme

Mu kiganiro abavugizi b’inzengo zitandukanye cabereye i Ngozi kur’uyu wa 15 Mukakaro 2022, umuvugizi w’umukuru w’igihugu Alain Diomede Nzeyimana yavuzeko …

Soma ibikurikira
Burundi
Umubano

I Gitega hadutse ikibazo kubashaka kwubaka

12/07/2022 - by Jérôme

Buramatari w’intara ya Gitega, umugwa mukuru wa politike w’uburundi,  Vénant Manirambona yagirisheje inama abarongoye ibisata biraba ivy’inyubako hamwe n’abajejwe intwaro …

Soma ibikurikira
Burundi
Umubano

Burundi: Umusi mukuru w’intama kizira kubaga intama

24/06/2022 - by Jérôme

Ubushikiranganji bujejwe uburimyi n’ubworozi bwarimye urusha umuryango w’aba islamu rwo kubaga intama kumunsi mukuru wahariwe intama bita IDEL KABIL, Dr …

Soma ibikurikira
Politike

Intara z’u Burundi zigiye kuva kuri 18 zibe 5

16/06/2022 - by Jérôme

Inama nshikiranganji yo kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 15 ruhenshi 2022 muvyo yize harimwo integuro y’ibwirizwa ryo kugabanya intara zikava …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 6 7 8 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 014)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 099)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 453)
Copyright © 2025 Itara Burundi.