Burundi :Incanco za COVID-19 zirimuguta agaciro mugihe amafaranga ariko aribwa
Igihugu c’uburundi ni kimwe mu bihugu bitakiriye neza ingingo zikaze zo kugwanya ikiza ca COVID-19 harimwo n’incanco. Abantu bababa 10000 …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Igihugu c’uburundi ni kimwe mu bihugu bitakiriye neza ingingo zikaze zo kugwanya ikiza ca COVID-19 harimwo n’incanco. Abantu bababa 10000 …
Soma ibikurikira
Kuri uyu wa 21 ruhuhuma 2022 abana biga mu mashure matomato yo mu gihugu c’ububiligi bari munsi y’imyaka 12 bakurwako …
Soma ibikurikira
Haravugwa igwirirana ry’abandura ikiza ca COVID19 ku rugero ruteye ubwoba mu gisagara ca Bujumbura. Ingingo zokukigwanya zitari nke zimaze imisi …
Soma ibikurikira
Mur’ino misi abategetsi batandukanye bariko baravugako habaye igwirirana vy’ibiharuro vy’abandura COVID19. Umugenduzi mukuru w’igipolisi yatanze itegeko kubo atwara ryo gufata …
Soma ibikurikira
N’ubwo amashirahamwe mvamakungu yari yatanze imfashanyo yo kurwanya ikiza COVID19, isabune ikagurwa amafaranga 300FBu, mur’ino misi ico giciro c’isabune cigwije …
Soma ibikurikira
Mugihe ikiza ca COVID19 gisa n’icahagaze mu Burundi, mu bushikiranganji bw’amagara y’abantu no kurwanya SIDA haribonekeza mur’ino minsi ingendo yo …
Soma ibikurikira
Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu no kurwanya ikiza ruhonyanganda SIDA buherutse gusohora icegeranyo cerekanako COVID19 yagabanutse kurugero rurenga 90% mu gihugu cose …
Soma ibikurikira
Umukuru w’igihugu Évariste Ndayishimiye yarashikitije mw’ijambo ko reta igiye gutanguza umugambi witwa: « Ndakira, sindandura kandi sinanduza » umugambi umaze gutuma abarundi …
Soma ibikurikira
Ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kugwanya SIDA bwaramenyeshejeko habonetse abagwayi 40 bashasha kur’uyu wa 20 ruheshi 2020, igitigiri kiguma …
Soma ibikurikira
Kurwanya ikiza ca COVID19 vyabaye akananira bahinga gushika naho candukiriye inzego zo hejuru mu gihugu. Mugihe ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara …
Soma ibikurikira