Skip to content
Top Menu
28/05/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Impunzi

Impunzi

Uganda: Impunzi zatswe ingoma z’uburundi

21/10/202221/10/2022 - by Jérôme

Kur’uyu wa gatandatu igenekerezo rya 21 gitugutu 2022,  kw’itegeko ry’ubuserukizi bw’uburundi, igipolisi ca catse ingoma umurwi w’impuzi wo mugihugu ca …

Soma ibikurikira
Impunzi

Burundi : Ikiganiro umubano N°004 : Terefone isambuye urugo

16/03/202116/03/2021 - by Jérôme

Umugabo yagiye kukazi yibagirira terefone muhira, umugore asigara arasoma ubutumwa burimwo, asanga uwo mugabo yandikiraniye n’umuhabara aca arashavura, siwe yabonye …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Amakuru / Impunzi / Umutekano

Burundi : Rwandophobie, indwara yo kwanka abanyarwanda imaze guhitana umuntu umwe, abanyamulenge barenga 92 barahagarikwa basubizwa mumakambi y’impunzi.

13/10/202013/10/2020 - by Jérôme

Inyuma y’ivyashikirijwe na Petero Nkurikiye yiyita N.Peter, umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere ridakumira kw’igenekerezo rya 8 …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Impunzi

Burundi : Amatohoza: Ikete bivugwako ryanditswe n’impunzi ziri mu Rwanda

03/08/202003/08/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa 3 myandagaro 2020, hiriwe amajambo atari make ku mbuga ngurukana bumenyi kw’ikete impunzi z’abarundi bahungiye mu gihugu kibanyi …

Soma ibikurikira
Impunzi

Burundi : Gutahukana impunzi.

02/07/202002/07/2020 - by Jérôme

Igihugu ca Tanzaniya casubiriye kugira umugambi kwirukana impunzi z’abarundi bari bahingiyeyo nayo igihugu ca Uganda naco kimenyeshako uburyo bwo gufasha …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Impunzi / Ubutunzi / Umutekano

Burundi : Urugendo rutoroheye Pascal Barandagiye mw’ikambi y’i mpuzi z’abarundi i Kakuma muri Kenya.

20/01/202020/01/2020 - by Jérôme

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mugihugu c’uburundi, Pascal Barandagiye yagendeye impunzi z’abarundi zahungiye mugihugu ca Kenya kuri uno wambere igenekerezo rya …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Impunzi

Pascal Barandagiye aritezwe muri Kenya kuri uyu wambere aho azogirisha inama impunzi z’abarundi

18/01/202018/01/2020 - by Jérôme

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu no gukundisha igihugu, Pascal Barandagiye, aritezwe mw’ikambi y’impunzi z’abarundi iri Kakuma 4 mugihugu ca …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Impunzi / Ubutungane

Burundi : Umushikiranganji w’ubutungane yaratanze inyubakwa za Maison Shalom

16/01/202016/01/2020 - by Jérôme

Inyubakwa imaze kumenyekana ico izokoreshwa munyubakwa z’ikigo Maison Shalom ni iyahora ikoreramwo BCB yo mu Ruyigi igiye gukoreramwo umushikirizamanza wa …

Soma ibikurikira
Impunzi / Umubano

Rwanda: Impunzi zahungiye mu Rwanda zaramutse zisangira umuganuro ubugira gatatu.

16/12/201917/12/2019 - by Ndizeye

Wari umunezero udasanzwe mu nyubakwa z’ikigo Oasis of peace, mu gihugu c’Urwanda, aho urunani rw’urwaruka Syjebu rwaramuka rusangira n’abandi barundi …

Soma ibikurikira
Impunzi

Rwanda: Isozerwa ry’umwaka w’ishuri wa 2019 ku bana biga muri Maternelle ya Maison Shalom

10/11/201910/11/2019 - by Ndizeye

Ikigo Maison Shalom giherutse gutanga amanota asozera umwaka w’ishuri 2019 ku bana bato b’impunzi bakurikirana ivyirwa vya maternelle. Ku musi …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

1 2 3 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (11 990)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 073)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 418)
Copyright © 2025 Itara Burundi.