Burundi : « …Kuko abantu bari bacumukujwe n’intwaro mbi » igikorane catanguye
Kuva kur’uyu wa 19 nzero kugeza kuwa 21 nzero 2023 i Gitega, umugambwe CNDDFDD uri kubutegetsi wahateguriye igikorane gitegura ikoraniro …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kuva kur’uyu wa 19 nzero kugeza kuwa 21 nzero 2023 i Gitega, umugambwe CNDDFDD uri kubutegetsi wahateguriye igikorane gitegura ikoraniro …
Soma ibikurikiraIgiteramo cahagaritswe ngo ntigikurikije imico n’imegenzo y’abarundi Mu gihe mu ntara ya Bujumbura , komine Mutimbuzi muri Green City Hotel …
Soma ibikurikiraUmukuru w’inama nshingamateka y’uburundi Hon. Gelase Daniel Ndabirabe yamenyeshejeko ubutegetsi bwamaze gufatira ingingo abantu basengera muvyumba vy’amasengesho. Hari mw’ishengero rya …
Soma ibikurikiraInyuma y’imisi itari mike Patiri Simoni Ruragaragaza agwariye mubitaro POLYCEB, yitavye Imana kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 nzezo …
Soma ibikurikiraAmadini canke amashengero arabandanya atotezwa, inyuma yo gushiraho ku nguvu abarongoye amashengero atari make bayoboka umugambwe CNDDFDD, ekleziya katorika iherutse …
Soma ibikurikiraMuri raporo yasohowe kw’igenekerezo rya 17/8/2019 n’ishirahamwe FORSC y’ukwezi kw’indwi 2019, Ernest Nkurunziza, umunyamabanga nshingwabikorwa waryo yaradushikirije bikuru bikuru birimwo. …
Soma ibikurikira« Inkota y’Uhoraho yoba izomanuka irazunguruka mu kirere igahitana imitwe y’abantu canke hari abariko barakarisha inkota yo kumara abantu? Hari umuhamagaro …
Soma ibikurikiraMugihe ishengero ry’aba adventiste bo ku munsi w’indwi mu Burundi bamaze amezi atari make mungorane z’abarirongoye, kuri uyu wa gatanu …
Soma ibikurikiraMuri iryo tangazo risozera inama y’Abepiskopi Gatolika b’i Burundi yo muri Ruheshi 2019 yabereye i Gitega kuva kw’igenekerezo rya 4 …
Soma ibikurikiraAbarongoye ishengero ry’aba adventiste bo ku musi w’indwi kw’isi yose bafise icicaro muri reta zunze ubumwe za amerika, bamaze kwumva …
Soma ibikurikira