Skip to content
Top Menu
28/05/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Ubururimyi n’ubworozi

Ubururimyi n'ubworozi

Burundi: Udukoko tuvura indwara z’imyubati: Epidynocalozis Lopezi

26/01/202326/01/2023 - by Jérôme

Hamaze imisi hakwiragizwa ibihuha ko hari udukoko twateye imyumbati muntara za Makamba na Rumonge ariko abahinga muvy’uburimyi barahumuriza abanyagihugu bavugako …

Soma ibikurikira
Burundi
Ubururimyi n'ubworozi

Burundi : FOMI ikwiye gushumbusha abo yarenganije

15/07/2022 - by Jérôme

Mu kiganiro abavugizi b’inzengo zitandukanye cabereye i Ngozi kur’uyu wa 15 Mukakaro 2022, umuvugizi w’umukuru w’igihugu Alain Diomede Nzeyimana yavuzeko …

Soma ibikurikira
Burundi
Ubururimyi n'ubworozi

Burundi: Mbega umuntu anyoye amata y’inka yanduye irya ndwara yadutse abiki?

24/05/202224/05/2022 - by Jérôme

Hataheze imisi hadutse indwara y’ibitungwa muntara z’uburaruko bw’uburundi, aho inka, impene n’intama zifatwa ziva umwuna zikagira ubushuhe burenze urugero, mu …

Soma ibikurikira
Ubururimyi n'ubworozi

Burundi : Ihinguriro FOMI ryahawe imisi cumi kugira rizobe ryashikanye umwavu w’ikizungu muntara zose

23/02/2022 - by Jérôme

Inyuma y’imyidogo y’abarimyi bavugako batanze amafaranga ya avanse ariko bakabura umwavu w’ikizungu, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere …

Soma ibikurikira
Burundi
Ubururimyi n'ubworozi

Burundi: Aborozi bariko barajuragirika

08/10/202108/10/2021 - by Jérôme

Mugihe hari itegeko bwirizwa N°21 ryo kuwa 4 gitugutu 2018 risaba aborozi bose kugaburirira ibitungwa mu mpongore ryasinywe n’umuhisi Petero …

Soma ibikurikira
Ubururimyi n'ubworozi / Ubutunzi

#Burundi: Abarimyi basabwa kuriha amafaranga yo kugura ifumbire bazokoresha muri 2020

30/11/201930/11/2019 - by Jérôme

Mw’itangazo ryasohowe n’ubushikiranganji bw’uburimyi, ubworozi n’ibidukikije kw’igenekerezo rya 21/11/2019, rimenyesha abakeneye kuzokoresha umwavu w’ikizugu kuriha amafaranga ya avance kuva kw’igenekerezo …

Soma ibikurikira
Ubururimyi n'ubworozi / Ubutunzi

Burundi : Abikitse mu kiza mukuduza ibiciro ry’ifumbire FOMI bagiye kuvugutirwa umuti.

20/11/201920/11/2019 - by Jérôme

Ikinyamakuru Itara Burundi duherutse kubashikiriza amakenga y’abanyagihugu ko batizeye kwimbura kubera bakoresheje umwavu w’ikizugu uhingurwa n’ishirahamwe FOMI, umushikiranganji w’intwaro yo …

Soma ibikurikira
Ubururimyi n'ubworozi

#Burundi: Hari abafumbije umwavu w’ikizungu uhingurwa na FOMI bazotaha zirayoye.

16/11/201916/11/2019 - by Jérôme

Uyu mwaka w’uburimyi w’agatasi ka 2019, hari abakoresheje ifumbire ry’ikizungu ryakorewe mu Burundi mw’ihinguriro FOMI bamaze kwihebura babonye uko imirima …

Soma ibikurikira
Ubudandaji / Ubururimyi n'ubworozi

#Burundi: Abarimyi baridoga ko batagurisha umwimbu wabo mu mwidegemvyo

18/07/201920/07/2019 - by Jérôme

Mugihe uku kwezi kwa Mukakaro aba ar’igihe c’ukwimbura kubarimyi bo mu ntara zimera cane cane ibiharage, umuceri, ibiyoba , ibgori, …

Soma ibikurikira
Ubururimyi n'ubworozi

Ifarasi, ibitungwa bishasha bishikiye mungorane za politike mu Burundi.

27/05/201828/05/2018 - by Jérôme

Mugihe uburundi n’igihugu c’ubufaransa vyari bimaze imisi bifitaniye imigenderanire myiza , ibitungwa vyo mu bwoko bw’ifarasi bigiye gushirwa mugasho(isolement) kubera …

Soma ibikurikira

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (11 990)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 073)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 419)
Copyright © 2025 Itara Burundi.