Burundi: Udukoko tuvura indwara z’imyubati: Epidynocalozis Lopezi
Hamaze imisi hakwiragizwa ibihuha ko hari udukoko twateye imyumbati muntara za Makamba na Rumonge ariko abahinga muvy’uburimyi barahumuriza abanyagihugu bavugako …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Hamaze imisi hakwiragizwa ibihuha ko hari udukoko twateye imyumbati muntara za Makamba na Rumonge ariko abahinga muvy’uburimyi barahumuriza abanyagihugu bavugako …
Soma ibikurikiraMu kiganiro abavugizi b’inzengo zitandukanye cabereye i Ngozi kur’uyu wa 15 Mukakaro 2022, umuvugizi w’umukuru w’igihugu Alain Diomede Nzeyimana yavuzeko …
Soma ibikurikiraHataheze imisi hadutse indwara y’ibitungwa muntara z’uburaruko bw’uburundi, aho inka, impene n’intama zifatwa ziva umwuna zikagira ubushuhe burenze urugero, mu …
Soma ibikurikiraInyuma y’imyidogo y’abarimyi bavugako batanze amafaranga ya avanse ariko bakabura umwavu w’ikizungu, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere …
Soma ibikurikiraMugihe hari itegeko bwirizwa N°21 ryo kuwa 4 gitugutu 2018 risaba aborozi bose kugaburirira ibitungwa mu mpongore ryasinywe n’umuhisi Petero …
Soma ibikurikiraMw’itangazo ryasohowe n’ubushikiranganji bw’uburimyi, ubworozi n’ibidukikije kw’igenekerezo rya 21/11/2019, rimenyesha abakeneye kuzokoresha umwavu w’ikizugu kuriha amafaranga ya avance kuva kw’igenekerezo …
Soma ibikurikiraIkinyamakuru Itara Burundi duherutse kubashikiriza amakenga y’abanyagihugu ko batizeye kwimbura kubera bakoresheje umwavu w’ikizugu uhingurwa n’ishirahamwe FOMI, umushikiranganji w’intwaro yo …
Soma ibikurikiraUyu mwaka w’uburimyi w’agatasi ka 2019, hari abakoresheje ifumbire ry’ikizungu ryakorewe mu Burundi mw’ihinguriro FOMI bamaze kwihebura babonye uko imirima …
Soma ibikurikiraMugihe uku kwezi kwa Mukakaro aba ar’igihe c’ukwimbura kubarimyi bo mu ntara zimera cane cane ibiharage, umuceri, ibiyoba , ibgori, …
Soma ibikurikiraMugihe uburundi n’igihugu c’ubufaransa vyari bimaze imisi bifitaniye imigenderanire myiza , ibitungwa vyo mu bwoko bw’ifarasi bigiye gushirwa mugasho(isolement) kubera …
Soma ibikurikira