Burundi : « Umushikirizamanza yobumvirije yagiye mw’ikonji ryo kuvyara »
Abo ni abavunjayi 15 mubaheruka gufatirwa mu gisagara c’ubutunzi c’uburundi, Bujumbura. Inyuma y’indwi zibiri bari bamaze bapfungiwe mw’iperereza, SNR , …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Abo ni abavunjayi 15 mubaheruka gufatirwa mu gisagara c’ubutunzi c’uburundi, Bujumbura. Inyuma y’indwi zibiri bari bamaze bapfungiwe mw’iperereza, SNR , …
Soma ibikurikira
Ku musi wambere igenekerezo rya 20 Ntwarante 2023, umushikiranganji w’ubutungane hamwe n’umushikirizamanza kizigenza wa republika y’uburundi barafashe ingingo yo kurekura …
Soma ibikurikira
Nk’uko amakuru ava mumabohero atandukanye yo mu Burundi abivuga, abanyororo bagira bicwe n’inzara atagikozwe vuba. Abanyororo bagasaba reta kubafata nk’abantu …
Soma ibikurikira
Nk’uko amakuru ashikira ikinyamakuru Itara Burundi abivuga, uwahoze ari umushikiranganji wambere Alain Guillaume Bunyoni amaze imisi ariko arabazwa mw’iperereza kubujanye …
Soma ibikurikira
Umukozi akomeye w’iperereza ry’uburundi Alfred Innocent Museremu asanzwe avugwa muma dosiye atari make n’amashirahama aharanira agateka ka zina muntu ko …
Soma ibikurikira
Haraciye umwaka n’ukwezi kumwe umukuru w’igihugu atanze ikigongwe ca mbere kubanyororo barenga 5200, mw’ijambo yashiririje umwaka wa 2021 uheze naho …
Soma ibikurikira
Hadutse umuriro mw’ibohero rikuru rya Gitega mu gicugu co kur’uyu wa kabiri igenekerezo rya 07 kigarama 2021 nko guhera mumasaha …
Soma ibikurikira
Mw’ibohero rikuru ry’i Muyinga basanze ibicupacupa mw’ifu igaburirwa abanyororo kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 05 kigarama 2021. Nk’uko amakuru ashikira ikinyamakuru …
Soma ibikurikira
Hari abanyororo bidogako amadosiye yabo yazimiye abandi hazimira zimwe mumpapuro zigize dosiye bica bituma imanza zabo zidindira, bakaba bamaze imyaka …
Soma ibikurikira
Haraheze imisi turababwiye inzara izura inzara ivugwa mumabohero yo mu Burundi, abanyororo babandanya kwiyumvira ko kubima indya ari umugambi wo …
Soma ibikurikira