Burundi : Abanyororo bariko « bicishwa inzara »
Haraheze imisi tubabwiyeko hari inzara mw’ibohero rimwe ryo mu Burundi. Amakuru dukura mumabohero atandukanye yo mu Burundi amensheshako inzara irembeje …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Haraheze imisi tubabwiyeko hari inzara mw’ibohero rimwe ryo mu Burundi. Amakuru dukura mumabohero atandukanye yo mu Burundi amensheshako inzara irembeje …
Soma ibikurikiraHaramaze imisi hibonekeza abategetsi bacibwa amande atangana bivanye n’uwuyaciwe muntara zitandukanye. Abahinga muvy’amategeko bakabonako hakwiye kujaho amategeko yisungwa mugukinga ko …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 05 Rusama 2021 twaronse amakuru avugako hari umunyororo wo mw’ibohero rikuru rya Gitega « yaraye yiciye …
Soma ibikurikiraHarategekanijwe igurishwa icamunara ry’ibikoresho ahahoze hari ibiro vy’umukuru w’igihugu mw’i Rohero mu gisagara ca Bujumbura kuva kuwa gatatu igenekerezo rya …
Soma ibikurikiraMugihe reta Mvyeyi Nkozi yaraye yugurure umwaka w’ubutungane 2020-2021 kw’igenekerezo rya 2 gitugutu 2020, mungoro y’amakoraniro mu Kigobe, abanyororo bobo …
Soma ibikurikiraNkuko amakuru ashikira ikinyamakuru Itara Burundi abivuga, muntara ya Gitega, umurwa mukuru wa politike, uno munsi ugika kabiri hariko haburanishirizwa …
Soma ibikurikiraMugihe kubona umukuru w’igihugu amaso mu yandi, abanyagihugu benshi babifata nko guterwa iteka ridasanzwe, kw’igenekerezo rya 27 myandagaro 2020, ingurube …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa mbere igenekerezo rya 3 Myandagaro 2020, Barthazard Nyabenda, umukuru wa zone mwakiro yararengutse mu rubanza rw’ikibiriraho imbere ya …
Soma ibikurikiraAmakuru dukura muntara ya Cibitoke atumenyesha ko hari ukurumvikana mubihangange vyo kugwego rw’aba jenero Godefroid Bizimana na Gervais Ndirakobuca batazira …
Soma ibikurikiraHambavu y’ubukene bw’imfungurwa, hadutse ingwara itaramenyekana mw’ibohero rikuru ry’i Ngozi aho abantu batatu bamaze gupfa abandi cumi baka abaremvye gushika …
Soma ibikurikira