Burundi: Yatowe ikiziga imbere ya Cathédrale Regina Mundi
Kur’uyu wa kane igenekerezo rya 24 nyakanga 2020, abantu bazinditse basanga ikiziga c’umugabo w’imyaka yababa 50 yishwe kiryamye imbere ya …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kur’uyu wa kane igenekerezo rya 24 nyakanga 2020, abantu bazinditse basanga ikiziga c’umugabo w’imyaka yababa 50 yishwe kiryamye imbere ya …
Soma ibikurikiraMwijoro ryakeye ryo kwa 2-3 nyakanga 2020 harateye imbwa zo mw’ishamba mu gacimbiri Rugarika mu Gahuni, komine Bugarama iri mu …
Soma ibikurikiraMu ntumbero yo gushira mungiro itegeko ryasohowe n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura, kuwa kane igenekerezo rya 27 Myandagaro 2020, musitanteri wa …
Soma ibikurikiraUmutekano muke niwo urangwa muntara za Bururi, Rumonge na Bujumbura kuva aho umurwi witwaje ibirwanisho winjiriye mu gihugu kuw’Imana uheze …
Soma ibikurikiraKu misozi ya Mukike na Kivumu iri muri komine Mugamba intara ya Bururi hamaze imisi ibiri hanyuragirana abasoda n’abapolisi, bariko …
Soma ibikurikiraMugaturuturu ko k’uyu w’Imana igenekerezo rya 23 myandagaro 2020, umurwi w’abantu bitwaje Rirwanisho wateye muri komine Bugarama intara ya Rumonge, …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 27 ruheshi 2020, igisoda c’urwanda cazindutse kimenyeshako hari umugwi w’abagwanyi wateye mubumanuko bw’ico gihugu uvuye mu Burundi uca …
Soma ibikurikiraMur’iri joro ryakeye rishira uwa 27 ruheshi 2020, havugwa abagizi ba nabi bateye urwanda bavuye bongera basubira mu Burundi hapfamwo …
Soma ibikurikiraMugihe abarundi n’amakungu bitezeko haba amatora mu Burundi guhera kw’igenekerezo rya 20 rusama 2020, abasoda n’abapolisi bahoze bagwanira CNDDFDD ikiri …
Soma ibikurikiraUmuntu azwi kw’izina rya Niyongabo, wo kumutumba Gakaranka, zone kivumu komine Mugamba mu ntara ya Bururi yagandaguwe aca arahambwa n’abapolisi,abasoda …
Soma ibikurikira