Burundi: Lumitel yadugije ibiciro vya internet aho yashizeko n’amatagisi
Ishirahamwe ryo gutumatumanako amakuru Lumitel rituruka mu gihugu ca Vietnam ryadugije ibiciro vyo kuri internet mu #Burundi kur’uyu w’Imana igenekerezo …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Ishirahamwe ryo gutumatumanako amakuru Lumitel rituruka mu gihugu ca Vietnam ryadugije ibiciro vyo kuri internet mu #Burundi kur’uyu w’Imana igenekerezo …
Soma ibikurikiraHari amakuru dukura muri Mutuelle de la Fonction publique(MFP) avugako umuyobozi mukuru wiryo shirahamwe yizigiwe n’umukuru w’igihugu agaca azana intwaro …
Soma ibikurikiraAlice Kanyana yahawe akazi n’umushikiranganji w’indero hanyuma uwujejwe indero hamwe na Buramatari mu ntara ya Muramvya mu kwezi kwa gatanu …
Soma ibikurikiraKimwe mubikoreshwa mugukora ifumbire ya kigambere harimwo amazirantoke n’umwanda mutoya, ikigo ISABU gikora ivyirwa n’ubushakashatsi kubijanye n’uburimyi kikaba caramaze kumenyeshako …
Soma ibikurikiraNk’uko amakuru dukura i Bujumbura abivuga, ingoro y’umugambwe CNL urongowe n’umushingamateka Rwasa Agathon irugarijwe n’abanywanyi biwe hamwe n’abapolisi bahanganye kuva …
Soma ibikurikiraIkigo kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi OBR carasohoye itangazo kuwa 7 Mukakaro 2023 aho kimenyeshako kuva ubu uwuriko arakorera mukibanza, niwe …
Soma ibikurikiraHari amakuru dukura mw’ibanki y’urwaruka BIJ i Gitega avuga ko iyo banki igeze ahatemba kubera Sixte Niyuhire ayitwara. Hari abakozi …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa kane igenekerezo rya 15 Ruheshi 2023, huguruwe muntahe y’icese, urubanza rwa muganga Christophe Sahabo imbere ya Sentare Nkuru …
Soma ibikurikiraInyuma yaho umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye agabishirije abantu babika amahera yabo mumazu mumisi iheze avugako batayajanye mumabanki bazokwikangura umusi umwe …
Soma ibikurikiraKaporare Chefu Dusabeyezu Vianney, umusoda yahora ari umushoferi mw’ikambi yo ku Mutukura mu ntara ya Cankuzo yapfuye muri kino gitondo …
Soma ibikurikira