Burundi: Nkurunziza yaraye yishwe atemaguwe
Kury’uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 ruhuhuma 2023, umugabo yitwa Nkurunziza Melance w’imyaka 40 mwene Sinibagiye wo ku mutumba Kiyange …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kury’uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 ruhuhuma 2023, umugabo yitwa Nkurunziza Melance w’imyaka 40 mwene Sinibagiye wo ku mutumba Kiyange …
Soma ibikurikira
Hamaze imisi hakwiragizwa ibihuha ko hari udukoko twateye imyumbati muntara za Makamba na Rumonge ariko abahinga muvy’uburimyi barahumuriza abanyagihugu bavugako …
Soma ibikurikira
Kuva kur’uyu wa 19 nzero kugeza kuwa 21 nzero 2023 i Gitega, umugambwe CNDDFDD uri kubutegetsi wahateguriye igikorane gitegura ikoraniro …
Soma ibikurikira
Mw’ikete ishirahamwe rijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi OBR ryandikiye ishirahamwe rijejwe gutwara abantu n’ibintu OTRACO kw’igenekerezo rya 14 kigarama 2022, risabako …
Soma ibikurikira
Hari amakuru avuga ko hari umupfasoni ari kubitaro vy’abasirikare mu Kamenge biri mugisagara ca Bujumbura yibungenze inda y’abana batandatu akaba …
Soma ibikurikira
Bodwin ni umugabo w’imyaka 35 afise akazi keza ariko agira yahukane ubugira kabiri kubera muramuwe yagumye atunze munzu nawe aca …
Soma ibikurikira
Kuva kw’igenekerezo rya 11 gushika kurya 18 kigarama 2022, hari umugwi w’abagwizatunga uzoherekeza umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye mu rugendo azogira …
Soma ibikurikira
Mw’ireresi imaze imisi ica ku mbuga ngurukanabumenyi, Dénise Bucumi Nkurunziza aho yariko yigisha ku rukundo, yasiguye ko mu Burundi atarukundo …
Soma ibikurikira
Nubwo ibanki nkuru ya republika y’uburundi yakuyeho ingingo yahagarika amazu adandaza amafaranga y’agaciro, ntanimwe irugururwa kubera hasabwa amananiza, hasabwa imiriyoni …
Soma ibikurikira
Ubumwe bwa buraya bwamenyeshejeko bwakuyeko ibihano u #Burundi hamwe n’abarundi batatu kuruyu wambere igenekerezo rya 24 gitugutu 2022 bari bafatiwe …
Soma ibikurikira