France : Emmanuel Macron yatowe ngo atware igihugu ikiringo kigira kabiri
Kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 24 ndamukiza 2022 niho haba amatora y’umukuru w’igihugu c’ubufaransa. Emmanuel Macron yarasanzwe ari umukuru w’ico gihugu …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 24 ndamukiza 2022 niho haba amatora y’umukuru w’igihugu c’ubufaransa. Emmanuel Macron yarasanzwe ari umukuru w’ico gihugu …
Soma ibikurikiraMugihe abarundi baziduka baja mumatora yambere menshi azobera rimwe kur’uyu wa 20 rusama 2020, abanywanyi b’umugambwe uri kubutegetsi baraye muruhagarara …
Soma ibikurikiraPhilippe Nzobonariba avugira umugwi wigenga ujejwe gutunganya amatora aheruka kwigisha akoresheje amasanamu uko abantu bazotora kw’igenekerezo rya 20/5/2020 ariko hari …
Soma ibikurikiraIshirahamwe mpuzamakungu riharanira agateka ka zina muntu Human Rights Watch, HRW ryashize ahabona amakenga mw’itangwa ry’ubushimwe ku bamenyeshamakuru buheruka gutangwa …
Soma ibikurikiraMugihe ikiringo co gutorerako amakarata y’amatora umugwi CENI wagerageje kugihuza n’umwanya wo kwiyamamaza, hongeyeko ko abanywanyi b’imigambwe itavuga rumwe na …
Soma ibikurikiraUmukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yateye umukono kw’ibwirizwa N°100/030 ryo kuwa 20 ruhuhuma 2020 rihamagaza amatora y’umukuru w’igihugu, abashingamateka, abahanuzi b’amakomine …
Soma ibikurikira« Uhoraho niwe agira ngw’abarwanire, namwe ni mwinumure gusa .. » ivyo tubisanga mu butumire bwo kwitaba igikorane categuwe n’umugambwe uri kubutegetsi …
Soma ibikurikiraUbushikiranganji bwo kumenyesha amakuru bwarashinze kuri uyu wa 24 kigarama 2019 komite y’igihugu ijejwe gutegura no gushira mungiro uko amakuru …
Soma ibikurikiraMurino misi haravugwa uruhigi rw’abanywanyi b’umugambwe CNL utavuga rumwe n’ubutegetsi aho hari abafatwa bagakubitwa, bagapfungwa abandi bakaburwa irengero. Mugihe abanywanyi …
Soma ibikurikiraHatunganijwe amatora y’abizigirwa mumugambwe uri kubutegetsi #CNDDDFDD, batanu batanu kumutumba kumutumba, igihugu cose kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 09/11/2019. …
Soma ibikurikira