Ikibazo c’umuyagankuba coba kigiye gutorerwa umuti mu Burundi?
Kuri uno wa kane igenekerezo rya 18 Myandagaro 2022 wari umunsi ugira kabiri wo kwerekana ibikorerwa mu Burundi (Salon de …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kuri uno wa kane igenekerezo rya 18 Myandagaro 2022 wari umunsi ugira kabiri wo kwerekana ibikorerwa mu Burundi (Salon de …
Soma ibikurikira
Haraheze igihe umukuru w’umugambwe CNDDFDD Réverien Ndikuriyo azunguruka amakomine yose y’uburundi ashika n’aho umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye atarashika kuva arongora …
Soma ibikurikira
Amakuru ariko aravugwa n’uko ibanki nkuru ya Republika y’uburundi, BRB, kuva kur’uyu wambere igenekerezo rya 8 Myandagaro 2022 iramutswa umuyobozi …
Soma ibikurikira
Turamaze igihe tubabwira ingorane zatewe n’ikena ry’amafaranga y’agaciro zatanguye mu kwezi kwa gatatu 2020 hugawe amazu y’abavunjayi. Kubera izo ngingo, …
Soma ibikurikira
Muri ikigihe ubuhinga bwa none bwo guhanahana amakuru bukoreshwa cane n’abatari bake, hari bamwe mu rwaruka bemeza ko babwifashisha mukuronka …
Soma ibikurikira
Haraheze imisi ibiciro vy’amakara biduga kurugero ruteye ubwoba kuburyo i Bujumbura kumurwa mukuru w’ubutunzi w’uburundi umufuko umwe ushobora kurenza 35000FBu. …
Soma ibikurikira
Twarigeze kubabwira amakuru y’akajagari karangwa mw’isoko ryo mu Ruvumera muri zone Buyenzi, komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura katerwa n’abatembereza …
Soma ibikurikira
Mu kiganiro abavugizi b’inzengo zitandukanye cabereye i Ngozi kur’uyu wa 15 Mukakaro 2022, umuvugizi w’umukuru w’igihugu Alain Diomede Nzeyimana yavuzeko …
Soma ibikurikira
Buramatari w’intara ya Gitega, umugwa mukuru wa politike w’uburundi, Vénant Manirambona yagirisheje inama abarongoye ibisata biraba ivy’inyubako hamwe n’abajejwe intwaro …
Soma ibikurikira
Ubushikiranganji bujejwe uburimyi n’ubworozi bwarimye urusha umuryango w’aba islamu rwo kubaga intama kumunsi mukuru wahariwe intama bita IDEL KABIL, Dr …
Soma ibikurikira