Skip to content
Top Menu
28/05/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Ubudandaji

Ubudandaji

Burundi : « Uwuriko arakorera mukibanza, niwe ajana amahera yo gupanga kuri compte ya OBR »

09/07/2023 - by Jérôme

Ikigo kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi OBR carasohoye itangazo kuwa 7 Mukakaro 2023 aho kimenyeshako kuva ubu uwuriko arakorera mukibanza, niwe …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi: Ni bande bunguka iyo igitoro cabuze?

23/05/2023 - by Jérôme

Nk’uko amakuru ashikira ikinyamakuru Itara Burundi abivuga, ikena ry’igitoro ryoba riva kubantu babifisemwo inyungu. « Twahora twibazako uwahora atuma igitoro gikena …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi : OBR yarananiwe kurihisha itagisi y’ibarabara ica yikora OTRACO ngo iyifashe

23/12/2022 - by Jérôme

Mw’ikete ishirahamwe rijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi OBR ryandikiye ishirahamwe rijejwe gutwara abantu n’ibintu OTRACO kw’igenekerezo rya 14 kigarama 2022, risabako …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi: Amafaranga y’agaciro aracari umuzi w’ibuye

20/11/2022 - by Jérôme

Nubwo ibanki nkuru ya republika y’uburundi yakuyeho ingingo yahagarika amazu adandaza amafaranga y’agaciro, ntanimwe irugururwa kubera hasabwa amananiza, hasabwa imiriyoni …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi: BRARUDI ihejeje kuduza ibiciro vy’ibinyobwa, vyirabira

16/10/2022 - by Jérôme

Kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 16 gitugutu 2022 ishirahamwe BRARUDI rihingura ibinyobwa vy’ubwoko butandukanye rihejeje kuduza ibiciro, bikazotangura gushira mu ngiro …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Abavunjiye amafaranga y’agaciro abaje mu buruhuko mu Burundi bahakwa kuyaruka

05/08/2022 - by Jérôme

Turamaze igihe tubabwira ingorane zatewe n’ikena ry’amafaranga y’agaciro  zatanguye mu kwezi kwa gatatu 2020 hugawe amazu y’abavunjayi. Kubera izo ngingo, …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi : Mwoba mwari muziko amakara ashorwa hanze ?

01/08/2022 - by Jérôme

Haraheze imisi ibiciro vy’amakara biduga kurugero ruteye ubwoba kuburyo i Bujumbura kumurwa mukuru w’ubutunzi w’uburundi umufuko umwe ushobora kurenza 35000FBu. …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi : Mw’isoko ryo mu Ruvumera « basigaje kuvandereza isima, amabati n’ivyuma »

30/07/202230/07/2022 - by Jérôme

Twarigeze kubabwira amakuru y’akajagari karangwa mw’isoko ryo mu Ruvumera muri zone Buyenzi, komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura katerwa n’abatembereza …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi : Kirazira kikaziririzwa gutwara igitoro muma bido. Vyoba bigiye kworoha? 

14/04/2022 - by Jérôme

Umukuru w’igisagara ca Bujumbura, Jimmy Hatungimana yafashe ingingo yo kubuza abatwara igitoro mumabido mw’itangazo yashizeko umukono kur’uyu wa kane igenekerezo …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi : “Mbega coduga hoho coca kiboneka ?” Umushikiranganji Gervais Ndirakobuca

10/04/202210/04/2022 - by Jérôme

Duheruka kubabwirako igiciro c’igitoro buca kiduza ibeye, mu nyuma umushikiranganji w’intwaro hagati mu gihugu ari mu natra ya  Kayanza  kur’uyu …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

1 2 … 6 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (11 990)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 073)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 418)
Copyright © 2025 Itara Burundi.